Amakuru

#Tanzania #Football: Etienne Ndayiragije ngo n’umuti uvura indwara zikomakomeye.

Etienne Ndayiragije umumenyereza w’imfata kibaza w’umurwi nserukiragihugu wa Tanzania Taïfa Stars ngo n’umuti w’indwara zikomakomeye kandi ngo nukuwukoresha neza kugira ngo ubafashe. Ayo namwe mu majambo dusanga mu vyapa vya bamwe mubakunzi b’umurwi nserukiragihugu wa Tanzania bahayagiza uyo mumenyereza w’umurundi. Etienne Ndayiragije ahayagizwa n’abakunzi b’umurwi nserukiragihugu wa Tanzania. Ivyo bakaba …

Read More »

#Burundi #Football: Iddy Museremu abaye uwambere aronse ibitsindo bitatu.

Murukino umurwi wa Messager Ngozi FC wanyagiye Les Lierres FC ibitsindo (6-0), umusatirizi wayo wo kuruhande Iddy Museremu yinjije ibitsindo bitatu (3) wenyene murivyo bitsindo (6). Iddy Museremu ku kibuga Urukundo i Ngozi. Iddy Museremu aciye aba umukinyi wa mbere atsinze ibitsindo bitatu muri uno mwaka w’inkino 2019-2020. Mu mwaka …

Read More »

#Tanzania #Football: Vivier Bahati yahora muri Zimbabwe gukora iki?

Mugihe hasigaye iminsi umunani (8) kugira ngo umurwi wa Azam FC wo mugihugu ca Tanzania ngo utane mu mitwe n’umurwi wa Triangle United wo mugihugu ca Zimbabwe mugikombe ca Confederation Cup, Vivier Bahati icegera c’umumenyereza wa Azam FC yahora mu rugendo rwakazi muri mugihugu ca Zimbabwe aho yaragiye kuraba ukugene …

Read More »

#FCBarcelona #Football: Leo Messi arashobora kuva muri Barcelona mu mpera z’umwaka w’inkino. Piqué aravyemeza.

Ikinyamakuru El Pais canyeguruye yuko Leo Messi yari kuva muri FC Barcelona kubuntu akimukira muwundi murwi uyu mwaka w’inkino wa 2019-2020, ngo ntaho agifitaniye amasezerano na Barca gushika 2021. copyright to Independent Igituma ngo nuko Messi afise uburenganzira bwihariye bwo kuva muri FC Barcelona igihe cose avyifurije ndetse n’abakinyi bagenziwe …

Read More »

#Burundi #Football: Amazina y’Abamenyereza b’Imirwi ikina Primus Ligue.

Imirwi isanzwe ikina icicaro ca mbere arico Primus League Burundi ni 16 ikaba imenyerezwa na bamenyereza bitandukanye nabo bonyene bakaba ni 16, batandatu (6) muribo basanzwe bafise impapuro z’umutsindo zo kurwego rwa Afrika (Licence A) zitangwa n’ishirahamwe ry’umupira wa maguru muri Afrika CAF abo nabo naba bakurikira: Joslin Bipfubusa amenyereza …

Read More »

#Burundi #PrimusLigue: Musongati FC vs Inter Star, LLB vs Vital’O FC ni zimwe mu nkino zindwi igira gatanu.

Mumpera zino ndwi ihiganwa rya Primus League Burundi rizobanda aho rizoba rigeze mundwi yaryo igira gatanu. Inkino zitegekanijwe, umunsi, amasaha hanwe n’ikibuga zizoberako nazo nizi zikurikira: Igenekerezo ry’7 Nyakanga 2019. 15H00 Ingoma: Flambeau Du Centre vs Athetico Academic. 15H00 Umuco: Olympic Star vs Ngozi City. 15H00 Urukundo: Messager Ngozi FC …

Read More »

Kasheshe by Kingorongoro ft Dauphin Than Color.

Umviriza ngaho munsi akaririmbo ndundi karyoheye ugutwi ka Kingorongoro ft Dauphin Than Color yise «Kasheshe ».               

Read More »

Love by R Flow

Umviriza ngaho munsi akaririmbo ndundi karyoheye ugutwi ka R Flow yise « Love ».               

Read More »

#Burundi #Football: Rukinzo FC ikoze remontada hari abayemereye ubushimwe.

Inyuma yo gutsindwa ibitsindo (5-0) n’umurwi wa Triangle FC wo mugihugu ca Zimbabwe murukino rwa mbere rwa coupe de la confédération, umurwi wa Rukinzo FC niwaramuka ukoreye remontada Triangle FC murukino rwo gusubiriza ruzokinwa kuri uyu wa gatandatu ku kibuga Intwari wemerewe amafaranga numuworongoye umurwi wa Messager Ngozi hamwe n’umumenyeshamakuru …

Read More »

Beautiful by Nelson B.

Umviriza ngaho munsi akaririmbo ndundi karyoheye ugutwi ka Nelson B yise « Beautiful ».               

Read More »

#Burundi: Abarongoye Intwaro Mu Gisagara Ca Bujumbura Bahamagarirwa Korohereza Abarongoye Imigambwe.

Nkuko vyamenyeshejwe n’umukuru w’igisagara ca Bujumbura Freddy MBONIMPA, abajejwe intwaro mu gisagara basabwa korohereza abarongoye imigambwe mubikorwa vyabo kandi bongere bicishe bugufi. Freddy Mbonimpa akaba yateye ako kamo mu nama yakoranye irimwo abajejwe intwaro hamwe n’imigambwe itandukanye  mugisagara ca Bujumbura, hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 21 Myandagaro umwaka …

Read More »

#Burundi #Football: Inyuma yokurya amafaranga y’imirwi ntibariko baroroherwa gukina Primus League.

Ihiganwa rya Primus League 2019-2020 riza ryaramaze gutangura aho inkino zibiri arizo zimaze gukinwa ku mirwi imwimwe ariko igitangaje nuko Amissi Hemed batazira « Kandolo », Chris Ndikumana hamwe na Ndizeye Thomson Seif batarakina urukino na rumwe mu mirwi baguzwemwo bivanye nuko bagirizwa kurya amafaranga y’imirwi itandukanye. Amissi Hemedi Kandolo. Amissi Hemedi …

Read More »

#ManchesterUnited: Paul Pogba vyoba birangiye ivyogutera penalty!

Inyuma yoguhusha penalty mugice ca kabiri c’urukino Manchester United yanganije n’umurwi wa Wolverhampton (1-1) murukino rw’indwi ya kabiri y’ihiganwa ryo mu Bwongereza Premier League, Paul Pogba ngo vyoba birangiye kuriwe ivyo gutera ama penalty muri Manchester United. copyright Ikinyamakuru The Sun kivuga ko umumenyereza wa Manchester United Ole Gunnar Solskjaer …

Read More »

#Juventus: Cristiano Ronaldo ntatahura amafaranga asigaye agura abakinyi!

Mugihe yaramaze imyaka itari mike ariwe akiri uwa mbere mubakinyi baguzwe amafaranga menshi ava muri Manchester United yimukira muri Real Madrid kumiriyoni 94 zamanyaburaya hari muri 2009, Cristiano Ronaldo w’imyaka 34 ntatahura uko imirwi isigaye igura abakinyi amafaranga menshi aho we abonako ivyo bidafise insiguro. « Ubu umukinyi wese afise agaciro …

Read More »

#FCBarcelona: Griezmann ntashobora kuronka inimero 7!

Naho Philippe Coutihno yahora yambara inimero 7 aherutse kuva mu murwi wa FC Barcelone atijijwe muri Bayern Munich, Antoine Griezmann ntashobora kuzoca ahabwa iyo nimero asanzwe akunda cane yahora yambara Coutihno. copyright Igituma nuko hari itegeko ryo muri La Liga risaba ko umukinyi yambara inimero imwe rudende yatanguriyeko kwambara murukino …

Read More »
7.2 NGD Ads: