Amakuru

#Burundi: Ishirahamwe Ritanga Amazi n’Umuyagankuba Regideso Riramutswa Abarongoye Ibisata Bashasha.

Ishirahamwe ritanga amazi n’umuyagankuba Regideso riramutswa abarongoye ibisata bashasha hamwe n’abaserukira iryo shirahamwe bamwe bamwe mu gihugu hagati ngo nabo nyene bararahinduwe. Ivyo vyashikirijwe kuri uyu wa kane n’umushikiranganji w’amazi, ubutare, n’agataka ahejeje kubonana n’abakozi b’ikigo kiraba ubutare n’ama carrières OBM. Côme MANIRAKIZA amanyesha ko bagendeye ishirahamwe rya regideso hari …

Read More »

Lionel Messi Arakarira Cane Imirwi Yo Mubwongereza Muri Champions League.

Mugihe aherutse gutsindira umurwi wiwe wa FC Barcelona ibitsindo bibiri muri bitatu watsinze Mancher United. Lionel Messi kizigenza wa FC Barcelona yaciye akwiza  bitsindo 24 amaze gutsinda imirwi yo mu bwongereza muri Champions League  mu nkino 34 amaze guhura nayo kiretse Liverpool gusa amaze guhura nawo kabiri ariko atagitsindo arawutsinda …

Read More »

Burundi: Ikirangaminsi c’Indwi Yanyuma Ya Primus League Cahindutse.

Mugihe hasigaye indwi imwe gusa igira 30 irangiza ihiganwa rikuru ryo mu Burundi, Primus League Burundi, ikirangaminsi cahindutse aho inkino indwi kuri munani zizokinirwa kubibuga bitandukanye kw’isaha imwe (15H00) kiretse rumwe gusa ruzokinwa kuri itariki 28 Ndamukiza uyu mwaka rwa Messager Bujumbura imaze gukoroka icicaro uzoba wakiriye  Aigle Noir imaze …

Read More »

#Burundi: Birabujijwe Gushinga Amashengero Mashasha n’Imisigiti Mu Gisagara ca Bujumbura.

  Ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu bwarafashe ingingo yo kubuza ishingwa ry’amashengero mashasha hamwe n’imisigiti mu gisagara ca Bujumbura. Mu rwandiko rw’ubwo bushikiringanji bwo kuri uyo wa gatatu, umushikiranganji Pascal BARANDAGIYE avuga ko amadini ashaka gushinga amashengero mashasha ategerezwa juka kuyashinga hagati mu gihugu hubahirijwe itegeko rigenga amadini na …

Read More »

« Isase Riva Kucuma » Chistiano Ronaldo Junior Umuhinga Nka Se Muvyo Gutsinda Ibitsindo.

« Isase riva kucuma » canke « Impfizi y’intama itenderanka se » nkuko abasogokuru babivuze. Umuhungu w’umukinyi w’umupira wa maguru rurangiranwa kw’isi Christiano Ronaldo, ariwe Chistiano Ronaldo Junior yinjirije umurwi wiwe wa Juventus wabatarenza imyaka icenda (Juventus U-9) ibitsindo 12 mu nkino zi biri mw’ihiganwa ryariko ribera muri Portugal i Madeira. Muriryo higanwa ririko …

Read More »

#Burundi: Integuro y’Itegeko Rigenga Amatora Yaraye Yemejwe n’Inama Nshingamateka.

Ku muhingamo wo kuri uyu wa gatatu, Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu yasiguye ko iyo nteguro iri mu ntumbero yo gukurikiza ibwirizwa nshingiro ryo mu mwaka wa 2018. Ngo iyo nteguro y’itegeko isubiramwo itegeko rigenga amatora igizwe n’ingingo 253. Kub’wumushikiranganji Pascal BARANDAGIYE, iyo nteguro y’itegeko yasabwe n’abanyamigambwe hamwe n’umugwi …

Read More »

Inter Star Yemereye Akabahasha Abakinyi Bayo Baramutse Basezereye Aigle Noir.

Murukino rutegekanijwe kuri uyu w’Imana itariki 21 Ndamukiza uyu mwaka rw’igice ca kabiri gishira icanyuma mu gikombe citiriwe Umukuru w’Igihugu, ruzohuza umurwi wa Inter Star na Aigle Noir ruzokinirwa kukibuga Umuco. Abarongoye Umurwi wa Inter Star basubiriye kwemerera abakinyi babo akaganuke kangana n’ibihumbi ijana vya marundi (100.000 Fbu) ku mukinyi …

Read More »

Burundi Ngozi: Ikibuga Mpuzamakungu Urukundo Stadium Caguruwe N’imvura Ivanzemwo Umuyaga!

Imvura ivanzemwo umuyaga yaguye kuri uyu wa kabiri mu ntara ya Ngozi yaguruye ikibuga mpuzamakungu Urukundo gisanzwe cemewe  n’Ishirahamwe ry’umupira wa maguru muri Afrika CAF. Uruhande rwasinzikanjwe cane niyo mvura n’uruhande rwo mubwugamwo, C na B nkuko vyamenyeshejwe na Messager Ngozi FC ibicishije kurubuga rwabo rwa Facebook. Mugihe m’ubwugamwo bw’iteka …

Read More »

Burundi: Abasatirizi Ba Primus League Bananiwe Guhanagura Amateka Ya Laudit Mavugo Harashize Imyaka 2!

Harashize imyaka ishika kuri ibiri y’inkino abasatirizi basanzwe bakini iryo higanwa bananirwa guhanagura amateka yandikishijwe n’umusatirizi wa kera wa Vital’O FC, Laudit Mavugo mukumara ikiringo c’imyaka ishika kuri ibiri yose atsinda ibitsindo bishika kuri 30 buri umwaka w’inkino muriryo higanwa muri 2015-2016, 2016-2017 none kuva aho agiriye ntawundi musatirizi arasubira …

Read More »

Kenya: Justin Ndikumana Umunyegori Wa Sofapaka Yatahukanye Agashimwe Kangana N’amadorari 1000$.

Umunyegori wa kabiri w’Intamba Murugamba hamwe n’umurwi wa Sofapaka wo mugihugu ca Kenya, Justin Ndikumana yatowe nk’umukinyi yigenjeje neza gusumba abandi mu kwezi kwa Ntwarante mw’ihiganwa rya Kenya Premier League. Mu nkino zine Justin Ndikumana yakiniye umurwi wiwe wa Sofapaka  mu kwezi kwa gatatu guheze yatsinzwe igitsindo kimwe akuramwo penalty …

Read More »

#Burundi: Amafaranga Angana N’Ibihumbi Mirongo Ibiri Vy’Ama Dolari Y’Abany’America Niyo Yibwe Umuhindi Akorera Ishirihamwe Millenium Infosys.

Amafaranga angana n’ibihumbi mirongo ibiri vy’ama dolari yabany’america niyo yibwe ku musi wa gatandatu hari kw’igenekerezo rya gatandatu ukwezi ka kane. Bivugwa na Pierre NKURIKIYE umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano hari kuri uno wa mbere aho yabishikiriza. Pierre NKURIKIYE avuga ko ayo mafaranga yibwe umuhindi akorera ishirihamwe millenium infosys. Abayivye akaba ari …

Read More »

Burundi: Ikirangaminsi c’Intamba Murugamba Mw’Itsinda B.

Inkino z’igikombe gihuza imirwi nserukira gihugu c’Afrika zizotangura itariki 21 Ruheshi zikazorangira itariki 19 Mukakaro uyu mwaka. Uburundi buri mw’itsinda rya B hamwe n’Ibihugu nka Nigeria, Guinnée Conakry na Madagascar ivyo bihugu vyose bizoba bicumbitse mugisagara ca Alexadria kiretse urukino rumwe rwanyuma ariho Uburundi buzorukinira mugisagara ca Al Salam rukazozihuza …

Read More »

TP Mazembe Ihejeje Gukosora Simba SC Muri CAF Champions League.

Umurwi wa TP Mazembe wo muri Congo RDC,  uhejeje gukosora Simba SC iwutsinze ibitsindo bine kuri kimwe (4-1) murukino rwa CAF Champions League igice ca kane gishira icanyuma murukino rwogusubiriza rwabereye kuri Stade Martyr de Kinshasa mugihe murukino rwa mbere Simba  SC yanganije na Mazembe  kuri Uwanja wa Taifa (0-0). …

Read More »

GRAMAN Niryo Shirahamwe Rizokwambika Uburundi Muri CAN 2019.

Mugihe Uburundi buherutse kwambikwa n’Ishirahamwe rya Nike kubera Saido Berahino ariryo asanzwe afitaniye amasezerano  ubuho Intamba Murugamba  mu nkino z’igikombe c’Afrika muri Misiri zizokwambikwa nirindi shirahamwe ryitwa GRAMAN ry’Abatariyano nkuko vyamenyeshejwe n’uwusanzwe arongoye ishirahamwe ry’ubumpira wa maguru mu Burundi, FFB, Reverien Ndikuriyo abicishije kuri Facebook yiwe aho yamenyesheje  kandi ko …

Read More »

« Cristiano Ronaldo n’Umwimanyi Gusumba Lionel Messi ».

Chistioano Ronaldo  n’umwimanyi gusumba Lionel Messi.  Ivyo bivurwa n’uwahoze arongoye umurwi wa Manchester United, Martin Edwards yabivugiye mukiganiro yahaye ikinyamakuri Gazzatta Dello Sports. Mukiganiro yahaye ico kinyamakuru baramusavye kugereranya  Messi na  Ronaldo uyo mugabo yagize uku gukurikira: « Kugereranya CR7 na Messi? Messi afise umutima wogufashanya n’abandi ivyo bibonekera mugihe agiye …

Read More »
7.2 NGD Ads: