Amakuru

R By Afisa Raj B

              

Read More »

Trust Me By Fizzo Ft Double J and Kirikou

              

Read More »

Fyee By Big Fizzo

              

Read More »

#Burundi: Abanyagihugu Bose Bafise Imyaka Iri Hagati y’Umwaka 1 n’imyaka 29 basabwa kwitabira Urucanco Rwa Mugiga Ruzoba Mu Gihugu cose.

Abanyagihugu bose bafise imyaka iri hagati y’umwaka 1 n’imyaka 29 basabwa kwitabira urucanco rwa mugiga ruzoba mu gihugu cose. Ivyo bikaba vyashikirirjwe kuri uyu wa 4 na muganga Olivier NIJIMBERE ajejwe umugambi wagutse w’igihugu mu bijanye n’icanco mu kiganiro ku bamenyeshamakuru. Olivier NIJIMBERE amenyesha yuko ubushikiranganji bwo ku bungabunga amagara …

Read More »

#Burundi: Kugwanya Umugera Wa Sida Bigeze Ku Ntambwe Ishimishije Mu Burundi.

Ukugwanya umugera wa sida bigeze ku ntambwe ishimishije mu Burundi. Ivyo bishikirizwa n’icegera c’uwurongoye umugambi w’igihugu wo kurwanya umugera wa Sida mu bushikiranganji bw’amagara y’abantu. Hari kuri uyu wa gatatu mu kiganiro ku bamenyesha makuru. Richard MANIRAKIZA ashikiriza  yuko igihugu c’uburundi  gishimishwa n’intambwe kigezeko mu kurwanya ikiza ruhonyanganda Sida. Richard …

Read More »

#Burundi #CAF: Messager Ngozi FC Watsindiwe Muhira, Vital’O FC Inganyiriza Hanze.

Imigwi yaserukiye Uburundi mu nkino z’imigwi yabaye iyambere mumahiganwa yo mubihugu vyabo muri Afrika (CAF Champions League) hamwe n’imigwi yatahukanye ibikombe vyo mubihugu vyabo (Confederation Cup) umwe ariwo Messager Ngozi FC wavyitwayemwo nabi mugutsindirwa muhira uwundi ariwo Vital’O FC uvyitwaramwo neza mukunganyiriza hanze y’igihugu. Kuruyu wa gatatu ku kibuga Urukundo …

Read More »

#Burundi: Bujumbura, Umuhuza w’abarundi Edouard NDUWIMANA Yagendeye Ishirahamwe Ryo Gutumatumanako Amakuru ONATEL Kuri Uyu Wa Kabiri.

Indongozi z’ishirahamwe ryo gutumatumanako amakuru ONATEL zihamagirwa gushira mu ngiro umugambi wa leta y’uburundi wo kunagura iryo shirahamwe. Vyavuzwe kuri uyu wa kabiri n’umuhuza w’abarundi inyuma y’urugendo yarahejeje kugira muri Onatel. Edouard NDUWIMANA arasigura yuko haheze imyaka itari mike leta ifashe ingingo  yo gushira mu minwe y’abikorera utwabo ibisata bijanye …

Read More »

#Burundi #PrimusLigue: Uku Niko Indwi Ya 15 Yagenze.

Mumpera zino ndwi ihiganwa rya Primus Ligue Burundi ryarabandanije, aho ryari rigeze mu ndwi yaryo ya 15 irangiza igice ca mbere ciryo higanwa. Ica garagaye cane murino ndwi n’ukunyagirwa imvura y’ibitsindo indwi kuri bibiri ku mugwi wa Olympic Star wari wagendeye Buja City hamwe n’intsinzi ya Musongati FC y’ibitsindo bitanu …

Read More »

#Burundi #PrimusLigue : Athletico Olympic Watanguye Indwi Ya 15 Utsinda Kayanza United.

Inyuma y’indwi zibiri iryo ihiganwa rya Primus Ligue Burundi ryari rihagaze bivanye nuko imigwi nserukira gihugu y’Intamba Murugamba haba mubakuze no mubatarenza imyaka 23 bari munkino zokurondera itike za CAN 2019 iryo higanwa ryarasubiriye gutangura mundwi aho ryari rigeze mudwi yaryo ya 15 aho ryasubiriye gutangura  kuruyu wa gatanu Athletico …

Read More »

#Burundi #PrimusLigue: Irakoze Saidi Na Kanakimana Bienvenu Barashobora Gutsinda Canke Kurenza Ibitsindo 30.

Mu mwaka uheze twarabonye abasatirizi nka Shaka Bienvenu umusatirizi wa kera wa Aigle Noir The Fighters yarangije mukibanza ca mbere nk’umusatirizi yinjijeje ibitsindo vyinshi mw’ihiganwa rya Primus Ligue Burundi n’ibitsindo 29 hamwe na Slim Saidi umusatirizi wa Olympic Star wo mu ntara ya Muyinga yaragije mukibanza ca kabiri afise ibitsindo …

Read More »

#Burundi: Rumonge, Amazu 40 Yarasenyutse Mu Mvura Idasanzwe Yaguye Mu gisagara Ca Rumonge Ku Muhingamo Wo Kuri Uyu Wa Kane.

Amazu yababa 40 yarasenyutse ivyarimwo biratwarwa n’ibindi nk’ibitungwa bipfira musi y’ibibomoka. Imiringoti ya Regideso irameneka ni mu mvura idasanzwe yaguye mu gisagara ca Rumonge igihe c’isaha zitandatu zirenga gushika isaha umunani zirenga, ku muhingamo wo kuri uyu wa kane. Inkuru dukesha bagenzi bacu bo kuri Izere Fm zivuga ko uturaro …

Read More »

#Kenya: Umuririmvyi Rose Muhando ngo Yafashwe n’amadayimoni Amubuza Gukorera Imana.

Nkuko tubikesha ibinyamakuru bitandukanye vyo mu gihugu ca Kenya bivugwako Rose Muhando, umuririmvyi rurangiranwa w’umu Tanzaniya yafashwe n’amadayimoni atuma yomokera mu gisagara ca Nairobi arata amatunga yiwe n’umuryango wiwe muri Tanzaniya. Muma sanamu yagiye ahabona ku mbuga ngurukana bumenyi, biboneka ko Rose Muhando yari mu Rusengero « Neno Evangelism Centre » mu …

Read More »

#Burundi #Kenya : Justin Ndikumana Yasinye Amasezerano Yo Gukinira Sofapaka FC.

Umunyegori w’umurundi w’imyaka 25 asanzwe ar’umunyegori agira kabiri mu mugwi nserukira gihugu Intamba murugamba, Justin Ndikumana yahavuye ava mu mugwi wiwe FC St Eloi Lupopo wo muri Lubumbashi muri Congo akaba yasinye amasezerano y’imyaka ibiri yo gukinira umugwi wa Sofoapaka FC wo mucicaro ca mbere mugihugu ca Kenya. Kuruyu wa …

Read More »

#Burundi: Vital’O FC Izohura Na New Star De Douala Yatsinzwe Na Messager Ngozi FC!

Umugwi wa Vital’O FC urabandanya ukina inkino za kivandimwe mukwitegurira neza urukino rwa Coupe de la Conféderation ruzoyihuza na New Star De Douala wo muri Cameroun. inyuma yogutsinda BS Dynamik ibitsindo 5-2 uyo mugwi wabandanije ukina inkino zakivandimwe aho kuruyu wa gatatu ku kibuga Urukundo mu ntara ya Ngozi, Vital’O …

Read More »

#Africa #Egypte2019 #CANU23: Uku Niko Ibihugu Bizosubira Guhura Mugice Gikurikira.

Inyuma yo kurangiza inkino z’igice ca mbere mukurondera itike yokuja mugikombe c’Afrika ca batarenza imyaka mirongo ibiri n’itatu, CAN-23 kizobera muri Misiri mu mwaka 2019, uko ibihugu bizosubira guhura mugice ca kabiri cizo nkino bimaze kumenyekana ko bazosubira gukina muri Ntwarante 2019 ku magenekerezo ya  20, 23 na 24 nkuko …

Read More »
7.2 NGD Ads: