Burundi

Question by A-Flow Slim

Umviriza indirimbo ndundi iryoheye ugutwi aho munsi ya A-Flow Slim yise « Question »               

Read More »

#Burundi #Football : Saido Ntibazonkiza yinjije igitsindo murukino rwahuje Vital’O FC na Rukinzo FC.

Murukino rwa kivandimwe rwahuje umurwi wa Vital’O FC na Rukizo FC kuri uyu wa gatatu ku kibuga « Intwari » ikibuga cahoze citwa « Umuganwa Rudoviko Rwagasore », urukino rwarangiye ku ntsinzi y’umurwi wa Vital’O FC kugitsindo (1-0) Rukinzo FC, Igitsindo cinjijwe n’uwahoze ari kizigenza w’Intamba Murugamba Saido Ntibazonkiza mugice ca kabiri c’urukino. Igice …

Read More »

#Burundi #Fooball: Iyi niyo mirwi izotana mu mitwe na Aigle Noir munkino zakivandimwe.

Muntumbero yo kwitegurira neza ihiganwa rya Primus League ryo mu mwaka w’inkino wa 2019-2020 hamwe n’ihiganwa rihuza imirwi yatahukanye amahiganwa yo mubihugu iwabo muri Africa (CAF Champions Lesgue), umurwi wa Aigle Noir uri mugihugu ca Tanzania aho bitegekanijwe ko uzotana mu mitwe munkino za kivandimwe nimirwi nyinshi yo ngaho nyene …

Read More »

#Burundi #Football: Vital’O FC vs Rukinzo FC.

Muntumbero yo kwitegurira guserukira neza Igihugu c’Uburundi munkino za Coupe de la Confédération hamwe n’ihiganwa rya Primus League ry’umwaka wa 2019-2020 umurwi w’igiporisi c’Uburundi Rukinzo FC kuri uyu wa gatatu igihe c’isaha icenda (15h) ku kibuga citirimwe Intwari uraza gutana mumitwe murukino rwa kivandimwe n’umurwi wa Vital’O FC umenyerezwa na …

Read More »

Numva runsaza by Bill Days ft Rally Joe

Umviriza indirimbo ndundi iryoheye ugutwi aho munsi ya Bill Days ft Rally Joe indirimbo  yise « Numva runsaza ».                 

Read More »

Wonsaza by Dj Chento ft Aimable Tayaya x MB Data

Wonsaza by Dj Chento ft Aimable Tayaya x MB Data

Umviriza indirimbo ndundi iryoheye ugutwi aho munsi ya DJ Chento ft Aimable Tayaya na MB Data indirimbo  bise « Wonsaza ».                 

Read More »

Ruzonsaza by Double Jay na Miss Erica

Umviriza indirimbo ndundi iryoheye ugutwi aho munsi ya Double J na Miss Erica, indirimbo  bise « Ruzonsaza »                 

Read More »

Mbabarira by MK Kibase

Umviriza indirimbo ndundi iryoheye ugutwi aho munsi ya MK Kibase mu ndirimbo yise «Mbabarira». yariko asaba imbabazi nyina wiwe.               

Read More »

#Burundi #Football : Abakinyi basabwe kwereka Nigeria ko UBURUNDI bukeneye igikombe.

Abakinyi b’Intamba Murugamba basabwe kwereka Nigeria ko Uburundi bukeneye igikombe, ivyo bivurwa n’uwurongoye  ishirahamwe ry’umupira wamaguru mu Burundi, FFB abicishije kurubuga rwiwe rwa Facebook. Reveriyano Ndikuriyo avuga ko ishirahamwe ry’umupira wa maguru mu Burundi arongoye ryategekanije agashirukabute  kangana na 150.000.000 igihe botsinda Nigeria. Nayo baronse uburenganzira bwo gukina igice c’umunani …

Read More »

Chekecha by Wallace ft Big Fizzo.

Umviriza indirimbo ndundi  iryoheye ugutwi aho munsi ya Wallace arikumwe na Big Fizzo mu ndirimbo yabo bise « Chekecha ».               

Read More »

#Burundi: Rusansuma Kubijanye n’Uburimyi n’Ubworozi Mu Mwaka W’2022.

Nkuko bimenyeshwa  na Nicolas NDAYISHIMIYE, umuyobozi mukuru w’ikigo kijejwe kwegeranya ibiharuro ISTEEBU, iyo rusansuma mu bijanye n’uburimyi n’ubworozi  izoba mu gihe hazoba hariko hatunganywa rusansuma y’abenegihugu bose. Nicolas NDAYISHIMIYE akaba yabimenyesheje kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 17 Ruheshi  umwaka wa 2019  mu ruganda rwo guhanahana ivyiyumviro rwahuje abahinga  bo …

Read More »

#Burundi #Tunisie #Football : Urutonde rw’abakinyi baza gutanguzwa mukibuga kuruhande rw’Intamba Murugamba.

Murukino rwa kivandimwe rutegekanijwe kuri uyu wa mbere  hariya i Rades mugihugu ca Tunisie isaha 20h15 amasaha y’i Burundi hagati  y’umurwi nserukira gihugu w’Uburundi, Intamba Murugamba hamwe numurwi nserukira gihugu wa Tinisie (Les Aigles du Carthage). Uru nirwo rutonde rw’abakinyi baza gutanguzwa kuruhande rw’Intamba Murugamba:     1.Justin Ndikumana 2.Moussa …

Read More »

#Burundi #Rwanda #Football: Rayon Sports yasinyishije Samuel Ndayizeye.

Umurwi wa Rayon Sports wo mugihugu c’Urwanda wasinyishije amasezerano yo kuwukinira umukinyi w’inyuma yahora mu umurwi wa Vital’O FC, Samuel Ndayize batazira « Sam ». Amasezerano y’imyaka ibiri niyo umurwi Rayon Sports wasinyishije Samuel Ndayizeye, yakiniye umurwi wa Vital’O FC imyaka ibiri. Imbere yo gukinira umurwi wa Vital’O FC Samuel Ndayizeye yahora …

Read More »

No by B Bright Akapella.

Umwiriza akaririmbo karyoheye ugutwi  ngaho munsi ka B Bright Akapella yise « No ».               

Read More »

Gumizako by Msamaria Danielo.

Umviriza akaririmbo ngaho munsi karyoheye ugutwi ka Msamaria Danielo yise « Gumizako.               

Read More »
7.2 NGD Ads: