Burundi

#Burundi #CoupeDuPrésident: Uku Niko Inkino Zose Zagenze Mugice 32 Gishira Icanyuma Hamwe Nizigiye Gukinwa Mugice 16 Gishira Icanyuma.

Igikombe kigira 10 citiriwe umukuru w’igihugu caratanguye kuva ku munsi wa kane igenekerezo rya  03 Nzero 2019 gushika igenekerezo rya 06 nzero 2019, Inkino z’igice ca 32 gishira icanyuma nizo zakinywe. Imigwi yose isanzwe ikina icicaro ca mbere muri Primus Ligue Burundi yararonse uburenganzira bwo kubandanye nubwo Les Lierres FC …

Read More »

#Burundi #CoupeDuPrésident: Uku Niko Inkino Zakinywe Kuri Uyu Wagatanu Zagenze Hamwe N’izindi Zitegekanijwe Kuri Uyu Wagatandatu

Inkino z’igikombe citiriwe umukuru w’igihugu kigira 10 mu mateka yaco zirabandanya inyuma yo kuba zarizaratanguye icese kuva kuri uyu wa kane itariki 03 Nzero 2019. Inkino zine nizo zasubiriye gukinwa kuri uyu wa gatanu hariya i Gitega zi biri ndetse no mugisagara ca Bujumbura harabaye izindi zi biri. Uko imigwi …

Read More »

#Burundi #CoupeDuPrésident : Uku Niko Imigwi Yatsindanye Mû Gikombe Citiriwe Umukuru W’igihugu.

Kuva kuri uyu wa kane inkino z’igikombe citiriwe umukuru w’igihugu (Coupe Du Président) zaratanguye icese mu ntara zibiri Gitega na Bujumbura niho zatanguriye. Imigwi yakinye kuri uyu wa kane yatsindanye  uku gukurikira ;  Royal FC 4-0 Nyabitsinda FC de Ruyigi (Stade Ingoma de Gitega). Flambeau De L’est  7-0 Béthanie de Gitega …

Read More »

#Burundi: Umukinyi Wo Hagati Wa Flambeau Du Centre Yarasomye Igitabo Kirangiza Amashure Ya Kaminuza.

  Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 29 Kigarama 2018 igihe c’isaha 14h00, mu nyubako z’ishuri rya kaminuza rya Université Des Grands Lacs riri mugisagara ca Bujumbura, niho Isaie Niyukuri umukinyi wo hagati w’umugwi wa Flambeau Du Centre yasomeye igitabo ciwe kirangiza ivyirwa vya kaminuza. Uyo mukinyi wa kera wa …

Read More »

You’ve Got Me By Famous

              

Read More »

#Burundi #LigueB: Uku Niko Imigwi Yose Yatsindanye Mucicaro Ca Kabiri.

Ihiganwa ryo mucicaro ca kabiri mu Burundi, Ligue B ryaratanguye icese kuva kuruyu wa kane, itariki 27 Kigarama 2018. Imigwi itandukanye yaragiye iratana mu mitwe; Muzinga FC umugwi w’igisirikare c’Uburundi watanguye iryo higanwa neza aho wanyagiye Rumonge City ibitsindo (4-1). Buhumaza FC umugwi mushasha wo mu ntara ya Cankuzo nawo …

Read More »

#Burundi #PrimusLigue : Uku Niko Imigwi Yatsindanye Mu Ndwi Ya 21.

Ihiganwa ryo mucicaro ca mbere ryari rigeze mundwi yaryo 21, kuva kuru wa gatandatu no kuruyu w’Imana. Musongati FC inyuma yo kumara inkino zi tatu utariko uratsinda, wahavuye usubira gutsinda urikumwe n’umumenyereza wayo mushasha Nimubona Thierry batazira Shombe, bakaba batsinze Lydia Ludic ibitsindo (3-1). Vital’0 FC nawo inyuma yo kuva …

Read More »

Guitar By Lolilo

              

Read More »

Lovely Wife By Msamaria Danielo

                

Read More »

#Burundi : Hakizimana Alexis Kitenge Yoba Agiye Gukina M’Ubushinwa?

Kuri uyu wa gatanu igihe c’isaha 14h45′ ku kibuga mpuzamakungu c’indege ca Bujumbura niho umusatirizi w’umurundi Hakizimana Alexis Kitenge yafashe indege igana mu gihugu c’Ubushinwa aho agiye gukina nkuko yabitumenyesheje atarafata indege ariko ntiyatubwiye umugwi agiye gukinamwo. « Ego ndagiye m’Ubushinwa gukina ariko mubandanye munsabira kugira ngo nshike amahoro murico gihugu. »  …

Read More »

#Burundi: Rumonge, Ubushikranganji bw’Amagara y’Abantu Buramenyesha Ko Ikiza Ca Choléra Cateye Mu Rumonge.

Ubushikranganji bw’amagara y’abantu no kugwanya ikiza ruhonyanganda Sida buramenyesha ko ikiza ca choléra cateye muri komine n’intara ya Rumonge m’ubumanuko bw’igihugu kuva kw’igenekerezo rya 25 Kigarama. Muganga Thaddée NDIKUMANA  akamenyesha yuko abantu bagera kuri 45 bari mu bitaro mu karere k’ubuvuzi bwa Rumonge. Ngo muri abo umwe akaba amaze gutaha …

Read More »

#Burundi #Gitega #BreakingNews: Musongati FC Yahaye Akazi Umumenyereza Yahora Muri Bumamuru FC.

Umugwi wa Musongati FC wo mu ntara ya Gitega uhejeje guha akazi umumenyereza Nimubona Thierry batazira ‘Shombe’  Nkuko Vyemezwa na Lewis umuyobozi w’ubuhinga (Directeur Technique) muri Musongati FC. Nimubona Thierry Shombe yahora mu mugwi wa Bumamuru FC niwe yahawe amabanga yokumenyereza uyo mugwi asubirira Nahimana Hussein Welo aherutse gutandukanya nuwo …

Read More »

#Burundi #PrimusLigue: Uku Niko Imigwi Yatsindanye Mu Ndwi Ya 20.

Indwi ya 20 ya Primus Ligue yaranzwe nogutakaza kw’imigwi 3 yose yarisanzwe ifise ikibanza ca mbere aho ni nka; Aigle Noir yari yakiriye Kayanza United iratsindwa (2-1), Musongati FC wowo wari wagendeye Rukinzo FC utsindwa (4-1) kuruhande rwa Vital’0 FC nawo wari wagendeye Ngozi City ku kibuga Urukundo nawo utsindwa …

Read More »

#Burundi #Bujumbura: Christian Kabera ‘Mourihno’ Yaronse Uwundi Mugwi.

Inyuma yogutandukanya n’umugwi wiwe wa Flambeau De L’est yahora amenyereza muruno mwaka bivanye nuko abakunzi buyo mugwi batamwerekwa, Christian Kabera batazira ‘Mourihno’ yahavuye aronka uwundi ariwo Les Jeunes Athletics ukina icicaro ca kabiri mu Burundi Ligue B itangura kuruyu wa kane. Kabera ntabwo agiye kuba nk’umumenyereza muruyo mugwi ahubwo agiye …

Read More »

#Burundi: Abakunzi Ba Vital’O FC Barashimishwa N’ibikorwa Moussa Muryango Abakorera.

  Inyuma yokuba amaze iminsi itari mike avyifatamwo neza mumugwi wiwe wa Vital’O FC mukuwutsindira ibitsindo nubwo ari umukinyi akina kuruhande rw’inyuma, Moussa Muryango yarashimiwe vyimva mutima n’abakunzi buyo mugwi kuri uyu w’imana inyuma yaho Vital’O FC yarihejeje gutsinda Buja (2-0). Inyuma yuryo rukino, abafana ba Vital’O FC barahamagaye hanze …

Read More »
7.2 NGD Ads: