Burundi

LLBS4A/ Bankuwiha Emmanuel yagiriza abahagarikizi basifura inkino za Primus Ligue ibintu 3.

Umumenyereza w’umugwi wa Lydia Ludic Sport 4 Africa, Bankuwiha Emmanuel batazira “Mayele” yagiriza abahagarikizi basifura inkino za Primus Ligue Burundi ibintu bitatu navyo; ngo nuko ata buzobere bwo gusifura bafise, nta mupira bakinye kanatsinda ntamahugurwa bagiriwe (Formation). “Abahagarikizi vyukuri nta buzobere bafise, nta mupira bakinye kanatsinda ntanamahugurwa bagiriwe.” Mayele amenyesha …

Read More »

Rayon Sports/ Bimenyimana Bon Fils Caleb yashize kw’isoko ibirato vyiwe yatsindishije igitsindo.

Umusatirizi w’umurundi asanzwe akinira umugwi wa Rayon Sports wo mugihugu c’Urwanda, Bimenyimana Bon Fils Caleb, inyuma yo gufasha umugwi wiwe, awutsindiye igitsindo kimwe rukumbi cahaye amahirwe uyo mugwi kuja mugice ca kane gishira icanyuma murukino rwariko rubahuza na Young Africans muri Confederation Cup, yaciye ashima gushira kw’isoko ibirato vyiwe yakinishije …

Read More »

Intamba mu Rugamba/ Ntasubirwamwo Yamin Selemani ntagiye kugaragara murukino ruzobahuza na Gabon.

Kizigenza w’umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba Ndikumana Yamin Selemani ntagiye kugaragara mu rukino ruzohuza Uburundi na Gabon, itariki 9 Nyakanga 2018 ruzobera i Libreville, rwo mundwi ya 2 yo kurondera itike ya CAN 2019. Ibibazo vy’imvune nivyo bitumye Yamin Selemani ataza kuboneka mururwo rukino, akaba mbere amaze gusaba umumenyereza …

Read More »

Primus Ligue/ Messager Ngozi FC isaba FFB guhanagura penalty yahawe Les Lierres FC.

Nkuko tubisanga mw’ikete Umugwi wa Messager Ngozi FC wandikiye Ishirahamwe ry’umupira wa maguru mu Burundi, FFB, basaba ko iryo shirahamwe ryohanagura igitsindo cinjijwe kuri penalty n’umugwi wa Les Lierres FC, mu rukino rwabahuje kw’itariki 22 Myandagaro 2018, ku kibuga Urunani mu ntara ya Cibitoke, hari mundwi ya kabiri ya Primus …

Read More »

Amanota 70/200 Niyo Yafatiweko Ku Banyeshure  Bakoze Ikibazo Kibaha Uburenganzira Bwo Kwinjira Mu Gisata Kigira 2 c’Ishure Nshingiro

Amanota mirongo indwi ku majana abiri (70/200) niyo yafatiweko ku banyeshure  bakoze ikibazo kibaha uburenganzira bwo kwinjira mu gisata kigira 2 c’ishure nshingiro. Ijana na cumi ku majana abiri (110/200) nayo yafatiwe ko ku banyeshure bazoja mu mashuri atunganya ivyigwa vy’ubuhinga namwe yabazoja kwigisha abandi canke abafise uburaro. Ivyo vyameneshejwe …

Read More »

Championnat National U-15/ Urukino rwa nyuma ruzohuza Kayanza na Cibitoke.

Ihiganwa ryo ku rwego rw’igihugu rya batarenza imyaka 15, intara zi biri za Kayanza na Cibitoke nizo zaronse uburenganzira bwo gukina urukino rwa nyuma rwa finale. Kayanza U-15 yaronse uburenganzira bwo gukina urwo rukino rwa nyuma ibanje gusezerera intara ya Bubanza U-15 mu gice ca kabiri gishira icanyuma ku bitsindo …

Read More »

Nahodha’s Statistics/ Ivyaranze indwi ya gatatu ya Primus Ligue.

Ibi ni bimwe mu vyaranze indwi ya 3 y’ihiganwa rya Primus Ligue Burundi. -Iyi niyo ndwi ya mbere kuva ihiganwa ritangura haragayemwo ibitsindo vyinshi 24. -Vital’0 FC ubaye umugwi wa mbere utsindiye Messager Ngozi FC ku kibuga urukundo mu nkino 16 za Primus Ligue uyo mugwi ntiwari bwatsindirwe kurico kibuga. …

Read More »

Primus Ligue/ Uku niko imigwi yatsindanye mu ndwi igira gatatu.

Ihiganwa rya Primus Ligue Burundi, indwi yaryo igira gatatu ihejeje kurangira kuru w’imana aho hakinywe inkino 3 mugihe kuruyu wa gatandatu hakinywe inkino 5. Imigwi ikaba yatsindanye uku gukurikira : Kuruyu w’imana, Itariki 26 Myandagaro 2018. Messager Ngozi FC 1-2 Vital’0 FC Musongati FC 3-0 Flambeau Du Centre. Bumamuru FC 0-1 …

Read More »

Abana Barangije Umwaka Wa Gatandatu Barondera Kungurizwa Mu Mashuri Y’Akarorero Bakoze Kuri Uyu Wa Kane Ikibazo Ca Leta

Abana barangije umwaka wa gatandatu barondera kungurizwa mu mashuri y’akarorero bakoze kuri uyu wa kane ikibazo ca leta. Mu gisagara ca Bujumbura abavyeyi bamwe bamwe bagasaba ko hoba umuco kubijanye n’amanota bafatirako kugira umwana yinjire mw’ishuri nk’iryo mu mwaka w’indwi. Umwe mu bavyeyi twavugishije avuga ko ikibazo aho kiri ari …

Read More »

Flambeau De L’est : Christian Kabera ntiyorohereza Vital’0 FC igihe cose yahuye nayo.

Christian Kabera batazira « Mourihno », umumenyereza wa Flambeau De L’est numwe mu bamenyereza batigeze borohereza Umugwi wa Vital’0 FC igihe cose ahuye n’uyo mugwi ari ku ntebe y’ubumenyereza. Mu nkino 5, Mourihno yahuye na Vital’0 FC yawutsinze 3, banganya 2.   Murukino rwa mbere, Kabera ahura na Vital’0 FC hari muri …

Read More »

Primus Ligue indwi ya 2: Aigle Noir yahondaguye Flambeau Du Centre, Vital’0 FC icumitwa kimwe na Flambeau De L’est.

Ihiganwa rya Primus Ligue Burundi ryabandanije kuruyu wa gatatu mundwi yaryo igira kabiri ku bibuga bitanu ariho izo nkino zishika kuri munani zakiniwe: Umugwi wa Aigle Noir wabandanije werekana ubukomezi ndetse n’ubutwari ufise uhondagura bimwe bibi umugwi wa Flambeau Du Centre 5 kuri 2, Vital’0 FC nayo icumitwa kimwe na …

Read More »

Aigle Noir C.S: Joslin Bipfubusa yashize ahabona urutonde rw’abakinyi 11 agiye gutanguza mu kibuga murukino rugiye kubahuza na Flambeau Du Centre.

Mu masaha abiri y’imbere asigaye kugira ngo ahure na Flambeau Du Centre ku kibuga Ingoma mu ndwi ya kabiri ya Primus Ligue, Umumenyereza mukuru wa Aigle Noir C.S, Joslin Bipfubusa amaze gushira ahabona abakinyi 11 agiye gutanguza mukibuga na bandi 7 babasubirizi nkuko tubisanga kuri Page Facebook yuwo mugwi. Abaza …

Read More »

Inkino za Primus Ligue Burundi zitegekanije kuruyu wa gatatu mundwi yaryo rya kabiri.

Ihiganwa rya Primus Ligue Burundi rigiye kubandanya mu ndwi yaryo igira ka biri kuruyu wa gatatu. inkino umunani nizo  zitegekanijwe kubera  ku bibuga bitanu vyo mu gihugu cacu navyo ni Ingoma (Gitega), Urukundo (Ngozi), Ivyizigiro (Rumonge), Urunani (Cibitoke) hamwe no kukibuga Umuco (Muyinga). Inkino muri rusangi naho zizokinirwa  zikaba zitegekanijwe …

Read More »

Mu Ntumbero Yo Guhimbaza Umusi Mukuru w’Intama , Aba Islamu Bagera Kuri 60 Nibo Bashoboye Kuja i Mecque Mu kibanza Ceranda c’Idini ya Islam Kwifadikanya n’Abandi Ba Islam Kugira Bahimbarize Hamwe Uyo Musi Mukuru.

Aba islamu bagera kuri 60 nibo bashoboye kuja i Mecque mu kibanza ceranda c’idini ya Islam kwifadikanya n’abandi ba islam kugira bahimbarize hamwe umusi mukuru w’intama. Ivyo bikaba vyashikirijwe na Kassim JAFFAR umuvugizi w’umuryango waba islamu mu Burundi COMIBU hari kuri uno wa 2 aho aba islamu bari mu Burundi …

Read More »

Ikibazo Co Kwinjira Mu Mwaka w’Indwi w’Ishure y’Akarorero Kizokorwa Kuri Uyu wa 4.

Ikibazo co kwinjira mu mwaka w’indwi w’ishure y’akarorero ivyo bita école d’excellence mu rurimi rw’igifaransa kizokorwa kuri uyu wa 4. Ivyo bikaba biri mwitangazo ry’ubushikiranganji bw’indero aho bumenyesha  kandi ko abanyeshure bari mu rutonde rwo gukora ico kibazo bategerezwa kuba barungitswe n’ishuri bavako bakibangikanya urupapuro rw’amanota baronse rukaba ruzoba ruriko …

Read More »
7.2 NGD Ads: