Burundi

U Burundi, Tanzaniya, Kenya na Brésil mu Nama ya Victoria Coton i Bujumbura

Mu ntumbero yo guteza imbere ubuhinga bwo gutera ipampa mu Burundi, mu gihe ico giterwa kibangamiwe n’ihindagurika ry’ibihe hamwe n’udukoko dutera ico giterwa,kuri uyu wambere hakoraniye inama i bujumbura ihuza i bihugu vya Tanzania, Kenya, na Brésil mu mugambi Victoria coton. Déo Guide Rurema, umushikiranganji w’uburimyi n’ubworozi amenyesha yuko iyo …

Read More »

Vital’o FC: Ihangiro Si Primus Ligue

Amakuru dukesha umugwi wa Vital’o avuga ko uyo mugwi utagifise ihagiro ryo gutwara igikombe ca Primus Ligue c’uyu mwaka w’inkizo za FFB mu Burundi. Ivyo bivurwa na Jean Gilbert Kanyenkore, Umumenyereza w’umugwi wa Vital’o FC, akaba yashikirije ivyo kuruyu wa gatatu inyuma yo kunganya ubusa ku bundi (0-0) n’umugwi wa …

Read More »

Ishirahamwe Channel Burundi Ryatanze Imbuto Kuri Bantaho Nikora Bo Mu Rutana

Kuri uyu wa gatatu ishirahamwe Channel Burundi risanzwe rirangurira imirimo mu gihugu cose harimwo n’intara ya Rutana ryatanze imfashanyo y’imbuto ku miryango 452 yabantaho nikora hamwe n’imiryango iherutse guhunguka yo muri zone Muzye yo muri Komine Giharo intara ya Rutana. Ivyo bivugwa na Fiacre NSENGIYUMVA umuhuzabikorwa mu ntara ya RUTANA …

Read More »

#Burundi: Amakuru y’inkino: 05-03-2018 Audio kuri Journal #MagaraTimes

              

Read More »

Primus ligue ibibuga birahindutse mu ndwi ya 21.

Kuva aho ikibuga c’umuganwa Rudoviko Rwagasore cugariwe kugira ngo gisubirwemwo gushasha ivyo bitumye imwe mu migwi yahora isanzwe yakirira kurico kibuga ahanini imigwi y’ibujumbura igiye kuza irakirira ku bibuga vyo mu ntara zegereye igisagara ca Bujumbura. Imwe mu riyo migwi y’ibujumbura izokwama yakirira inkino zayo 10 zisigaye za Primus Ligue i …

Read More »

#Burundi: Amakuru y’inkino: 28-02-2018 Audio kuri Journal #MagaraTimes

              

Read More »
7.2 NGD Ads: