East Africa

#Burundi #Football: Intamba Murugamba zanganije na Rukinzo FC.

Muntumbero yo kwitegurira inkino z’igikombe c’Afrika kubakinyi basanzwe bakinira muhira (CHAN) ku Ntamaba murugamba, hamwe nokwitegurira kuzoserukira Uburundi mugikombe ca Coupe de la confédération muri Afrika k’umurwi wa Rukinzo FC, iyo mirwi ibiri yatanye mu mitwe kuri uyu w’Imana ku kibuga citiriwe Intarwi, maze iyo mirwi yose irangiza urukino  iganije  …

Read More »

#Burundi #CAF #Football: Aigle Noir izohura n’umurwi wo muri Kenya, Rukinzo FC ukazohura nuwo muri Zimbabwe.

Umirwi wa Aigle Noir The Fighters uzoserukira Uburundi mugikombe ca CAF  Champions League uzotana mu mitwe n’umurwi wa Gor Mahia wo mugihugu ca Kenya usanzwe ukinamwo umurundi Moustapha Francis Njali, Aigle Noir akaba ariwo uzotangura kwakira umurwi Gor Mahia FC. Aigle Noir kuri Stade Ingoma de Gitega. Mugikombe ca Coupe …

Read More »

#Burundi #Rwanda: Umurwi wa Gicumbi FC wo mu Rwanda uzomenyerezwa n’umurundi.

Umurwi wa Gicumbi FC usanzwe ukina icicaro ca mbere mugihugu c’Urwanda Azam Rwanda Premier League uzomenyerezwa n’umumenyereza w’umurundi azwi kwizina rya Ismail Jean Marie Nduwantare yahora amenyereza mu mwaka uheze umurwi wa Les Jeunes Athletics wo mucicaro ca kabiri. Umurwi wa Gicumbi FC wo mugihugu c’Urwanda. Jean Marie Nduwantare asanzwe …

Read More »

#Burundi #Football: Inkino zakivandimwe, Vital’O FC na Musongati FC zaratsinzwe, Olympic Star iratsinda.

Imirwi itandukanye izokina ihiganwa rya Primus League Burundi mu mwaka w’inkino w’ 2019-2020 iri munkino zokwitegurira iryo higanwa. Kuri uyu wa gatandatu uheze, umurwi wa Vital’O FC waratsinzwe n’umurwi wa BS Dynamik (2-0) hari ku kibuga Intwari. Kuri uyu w’Imana naho hariya i Gitega ku kibuga Ingoma, umurwi w’igiporisi c’Uburundi …

Read More »

#Burundi #Gitega: Musongati FC wagarukanye umwe mubakinyi bawo wigihangange yahora mu Rwanda.

Umurwi wa Musongati FC wo mu ntara ya Gitega usanzwe ukina icicaro ca mbere mu Burundi Primus League wagarukanue umukinyi wawo wigihangange wo hagati Frank Barirengako batazira « Lampard » yahora akinira umurwi wa Musanze FC wo mugihugu c’Urwanda. Imbere yo kuja gukinira umurwi wa Musanze FC muri 2017, uyo musore avuka …

Read More »

#Burundi #Tanzania #BreakingNesws: Umurundi yahawe amabanga yo kumenyereza umurwi nserukiragihugu wa Tanzania.

Umumenyereza w’umurundi Etienne Ndayiragije asanzwe amenyereza umurwi wa Azam FC wo mu gihugu ca Tanzania yahawe amabanga yo kumenyereza umurwi nserukira gihugu wa Tanzania Taïfa Stars ivyimfata kibanza, inyuma yoho utandukaniye nuwahora awumenyereza  n’umunya Nigeria Emmanuel Amunike, inyuma yaho usezerewe ata nota  na rimwe uronse  mugikombe ca CAN 2019 kiriko …

Read More »

Kiramutuna by MB Data

Umviriza indirimbo ndudi iryoheye ugutwi aho munsi ya MB Data yise « Kiramutuna ».               

Read More »

#Burundi #Football: Ninde azomenyereza umurwi wa Musongati FC?

Ninde azomenyereza umurwi wa Musongati FC wo mu ntara ya Gitega? Ni kimwe mubibazo abasanzwe barongoye umurwi wa Musongati FC bamaze imisi biganirako nkuko tubimenyeshwa numwe mubegereye uyo murwi. Ayo makuru nyene arabandanya atumenyesha ko amazina y’abamenyereza batanu ariyo avurwa ko umwe murabo ashobora guhabwa amabanga yo kumenyereza uyo murwi …

Read More »

#Burundi #Rwanda: Icatumye Moussa Muryango adakinira Rayon Sports.

Kizigenza w’Intamba Murugamba zabatarenza imyaka 23 hamwe n’umurwi wa Vital’O FC asanzwe ari umukinyi w’inyuma muriyo mirwi,  Moussa Muryango ntivyabaye bigikunda ko aguma mugihugu c’Urwanda aho yaragiye kuvugana n’abasanzwe barongoye umurwi wa Rayon Sports kugira ngo azowukinire mu mwaka uza. Icatumye  uyo mukinyi wa kera wa Inter Star ataguma muri …

Read More »

#Burundi #Rwanda: Irakoze Saidi yasinye mu murwi wa Rayon Sports.

Umusatirizi w’Intamba Murugamba zabatarenza imyaka 20 hamwe n’umurwi wa Musongati FC w’i Gitega, Irakoze Saidi batazira « Desailly » yasinye amasezerano y’imyama ibiri yo gukinira umurwi wa Rayon Sports batazira « Gikundiro ». Irakoze Saidi yarangije ihiganwa rya Primus Ligue Burundi ryo mumwaka w’inkino uheze  afise ikibanza ca kabiri c’abatsinze ibitsindo vyinshi, ibitsindo 19. …

Read More »

Semanao by Tissa Ronick

Umviriza indirimbo ndundi iryoheye ugutwi ya Tissa Ronick yise « Semanao »               

Read More »

Question by A-Flow Slim

Umviriza indirimbo ndundi iryoheye ugutwi aho munsi ya A-Flow Slim yise « Question »               

Read More »

#Burundi #Football : Saido Ntibazonkiza yinjije igitsindo murukino rwahuje Vital’O FC na Rukinzo FC.

Murukino rwa kivandimwe rwahuje umurwi wa Vital’O FC na Rukizo FC kuri uyu wa gatatu ku kibuga « Intwari » ikibuga cahoze citwa « Umuganwa Rudoviko Rwagasore », urukino rwarangiye ku ntsinzi y’umurwi wa Vital’O FC kugitsindo (1-0) Rukinzo FC, Igitsindo cinjijwe n’uwahoze ari kizigenza w’Intamba Murugamba Saido Ntibazonkiza mugice ca kabiri c’urukino. Igice …

Read More »

#Burundi #Fooball: Iyi niyo mirwi izotana mu mitwe na Aigle Noir munkino zakivandimwe.

Muntumbero yo kwitegurira neza ihiganwa rya Primus League ryo mu mwaka w’inkino wa 2019-2020 hamwe n’ihiganwa rihuza imirwi yatahukanye amahiganwa yo mubihugu iwabo muri Africa (CAF Champions Lesgue), umurwi wa Aigle Noir uri mugihugu ca Tanzania aho bitegekanijwe ko uzotana mu mitwe munkino za kivandimwe nimirwi nyinshi yo ngaho nyene …

Read More »

#Burundi #Football: Vital’O FC vs Rukinzo FC.

Muntumbero yo kwitegurira guserukira neza Igihugu c’Uburundi munkino za Coupe de la Confédération hamwe n’ihiganwa rya Primus League ry’umwaka wa 2019-2020 umurwi w’igiporisi c’Uburundi Rukinzo FC kuri uyu wa gatatu igihe c’isaha icenda (15h) ku kibuga citirimwe Intwari uraza gutana mumitwe murukino rwa kivandimwe n’umurwi wa Vital’O FC umenyerezwa na …

Read More »
7.2 NGD Ads: