East Africa

Kiraka by Kingorongoro

              

Read More »

My Only One By Mt number One Ft Sat-B

              

Read More »

#Burundi #Bubanza: Ivya Christian Kabera Vyahavuye Bija Ahabona Muri Les Elephants FC.

Inyuma yo kuvurwa cane ko ashobora kuja kumenyereza umugwi wa Les Elephants FC wo mu ntara ya Bubanza noneho vyahavuye bija ahabona ko umumenyereza Christian Kabera batazira “Mourihno” yasinye icese amasezerano yo kumenyereza uyo mugwi.   Christian Kabera « Mourihno » asinya amasezerano icese n’indongozi za Les Eléphants FC. Mourihno yahawe amasezerano …

Read More »

#Burundi: Leta y’Uburundi n’Abaserukira ONU Bashize Ku Mukono Amasezerano y’Imfashanyo Igera Ku Miriyoni 783 Za Ma dollars y’Abanyamerica.

Leta y’uburundi n’abaserukira ONU bashize ku mukono amasezerano y’imfashanyo igera  ku miriyoni 783 za ma dollars y’abanyamerica. Ngo  ayababa imiriyoni 360 aramaze kuboneka ngo akaba azokora mu kiringo c’imyaka itanu mu mugambi wa Leta  ujanye n’iterambere ″Plan national de développement″ w’umwaka wa 2018 ushira umwaka wa 2027. Umushikiranganji w’ubutunzi Domitien …

Read More »

#Burundi: Kayanza, Umuriro Wariyadukije Mu Biro Vya Lumitel Kayanza Mw’ijoro Ryo Kuri Uyu Wa Kabiri.

Umuriro waradutse mu nzu y’ibiro vy’ishirahamwe Lumitel mu ntara ya Kayanza ku mugoroba wo kuri uyu wa kabiri hafi isaha imwe y’ijoro. Inkuru ziva mu kayanza zivuga ko ata gikoresho na kimwe casigaye muri ivyo biro vya Lumitel. Ngo umuriro wagiye kuzima imodoka yagenewe ico gikorwa ivuye mu ntara ya …

Read More »

#Burundi #CAN: Ibiciro Vyo Kwinjira Mu Kibuga Murukino Ruzohuza Uburundi Na Gabon Biza Vyamenyekanye.

Hasigaye hafi amezi ashika kuri abiri kugira ngo Intamba murugamba zizotane mu mitwe n’Igihugu ca Gabon murukino rwanyuma rwokurondera itike za CAN 2019 zizobera muri Misiri, Ibiciro vyo kwinjira mukibuga biza bimaze kumenyekana. Ku mpande z’ikibuga aho benshi bita kuri Pourtour bazoriha: Ibihumbi bitanu vya mafaranga ya marundi (5.000 fbu). …

Read More »

#Burundi #CAN: Uburundi Bushaka Kuzotsinda Gabon Aubameyang Arimwo.

Mugihe hasigaye amezi ashika nko kuri abiri kugira ngo Uburundi butane mu mitwe n’Igihugu ca Gabon mu rukino rwanyuma rwokurondera itike rya CAN 2019 izobera muri Misiri. Uburundi bushaka kuzo tahukana intsinda murirwo rukino kizigenza wa Gabon Pierre Emerick Aubameyang arimwo kugira ngo buzorenke ubwa mbere kuva mukahise uburenganzira bwo …

Read More »

Numva nshaka By Double Jay.

                

Read More »

#Burundi #Basketball : Dynamo Uhejeje Gutahukana Super Cup Utsinze Urunani.

  Ishirahamwe ry’umupira w’amaboko mu gisagara ca Bujumbura, ACBAB wari wateguye inkino bise Super Cup ryogusozera ibikorwa vyaryo  vy’umwaka wa 2017-2018. Inkino zishika kuri zibiri nizo zakinwe harimwo imigwi y’Abawigeze yahuje Amigo na Shining, kurundi ruhande hahura umugwi wa Dynamo BBC wari watahukanye ihiganwa ry’umwaka uheze hamwe n’Urunani BBC wari …

Read More »

#Burundi: Sororezo, Abantu ba 6 Bo Mu Muryango Umwe Baraye Bapfuye Mu Mvura y’Isegenya Yaguye Mw’ijoro Ryo Kuri Uyu Wa Kane.

Abantu ba 6 bo mu muryango umwe bagizwe n’abavyeyi n’abana babo  bane nibo bahitanywe n’imvura yaraye iguye ku gacimbiri  Ruyange umutumba  Sororezo komine Kanyosha y’intara ya Bujumbura mw’ijoro ryo kuri uyu wa kane rishira uwa gatanu. Intandaro y’urwo rupfu n’imvura y’isegenya yaguye isitura umusozi  urwa ku nzu uwo muryango wari …

Read More »

#Burundi #LigueB: Ibiguga Vy’Intara 4 Vyahagaritswe Na FFB.

Ishirahamwe ry’umupirwa w’amaguru mu Burundi FFB, Ryafashe ingingo yo guhagarika ibibuga 4 vy’imigwi isanzwe ikina icicaro ca kabiri  vyo mu ntara za Bubanza, Kayanza, Kirundo na Muraymvya nkuko tubisanga mw’ikete FFB, yarungikiye abasanzwe  barongoye iyo migwi ryo kuri uyu wa gatatu itariki 16 Nzero 2019. FFB muriryo kete ivugako ivyo …

Read More »

#Burundi: Ingingo Yo Kubuza Ama Kaminuza 9 Kwakira Abanyeshure Bashasha Mu Mwaka w’Ishure Wa 2018-2019 Ngo Yafashwe Mu Ntumbero Yo Gusubiza Akanovera Inyigisho Za Kaminuza.

Gaspard BANYANKIMBONA mu kiganiro yahaye abamenyesha makuru kuri uyu wa mbere yamenyesheje yuko bafashe iyo ngingo yo kubuza ama kaminuza amwe amwe kwakira abanyeshure muri uyu mwaka kuko basanze abanyeshure bose biga za kaminuza baja kw’isoko rimwe benshi bakunda kuboneka yuko batize neza iyo bahejeje. Ngo ubu bagomba kurabe uko …

Read More »

#Burundi #CoupeDuPrésident #BreakingNews: Vital’O FC irasezerewe na Lumière FC De Mwumba FC!

Umugwi wa Vital’O FC warusanzwe ufise igikombe citiriwe umukuru w’igihugu co mu mwaka uheze uhejeje gusezerwa murico gikombe nyene n’umugwi wa Lumière FC de Mwumba usanzwe ukina icicaro ca kabiri Ligue B kuri penalty (5-4) inyuma yo kunganya 0-0 mu rukino rwose. Hari mu rukino rw’igice 16 gishira icanyuma mugikombe …

Read More »

#Burundi: FFB Iriyamiriza Urutonde Rw’abakinyi B’Intamba Murugamba U-20 Ruriko Ruraca Kumbuga Ngurukana Bumenyi Zitandukanye.

Kuri uyu wa gatatu hazindutse haca ku mbuga ngurukana bumenyi zitandukanye urutonde rw’abakinyi b’intamba mu rugamba z’abatarenza imyaka 20. Mw’ishirahmwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB barabeshuza urwo rutonde ko batazi iyo rwaje ruzananye nkuko twabimenyeshejwe n’uwusanzwe ajwejwe gutanga amakuru muri FFB, Basegeta Avelin. « Urwo rutonde sirwo kandi twebwe narwo tuzi …

Read More »

#Burundi #CoupeDuPrésident: Uku Niko Inkino Zose Zagenze Mugice 32 Gishira Icanyuma Hamwe Nizigiye Gukinwa Mugice 16 Gishira Icanyuma.

Igikombe kigira 10 citiriwe umukuru w’igihugu caratanguye kuva ku munsi wa kane igenekerezo rya  03 Nzero 2019 gushika igenekerezo rya 06 nzero 2019, Inkino z’igice ca 32 gishira icanyuma nizo zakinywe. Imigwi yose isanzwe ikina icicaro ca mbere muri Primus Ligue Burundi yararonse uburenganzira bwo kubandanye nubwo Les Lierres FC …

Read More »
7.2 NGD Ads: