East Africa

Uku niko imigwi yatsindanye muri Primus Ligue Burundi mundwi ya 6.

Ihiganwa rya Primus Ligue ryarabandanije kuru wa kabiri no kuruyu wa gatatu aho ryari rigeze mundwi yaryo ya 6, Musongati FC irabandanya ivyitwaramwo neza aho yashoboye gutsinda Buja City 2-1, ikaba itaratakaza urukino na rumwe murizo nkino 6, Vital’0 FC nayo irabandanya icumbagira aho yasubiriye kunganya 1-1 na Messager Bujumbura, …

Read More »

Uyu niwo mugwi umaze kuronka penalty nyishi muri Primus Ligue Burundi.

Kuva ihiganwa rya Primus Ligue Burundi ritangura muruno mwaka 2018-2019 umugwi wa Les Lierres FC niwo umaze kuronka penalty nyinshi mu nkino 6 umaze gukina umaze kuronka penalty 4 mu nkino zitandukanye muri 6 umaze gukina. Murizo nkino 4 uyo mugwi wagiye uraronkamwo ama penalty wayinjije yose. Izi nizo nkino …

Read More »

Mbarara yafashe icemezo hagati mu rukino co kutagaruka kumenyereza Olympic Star!

Umugwi wa Olympic Star ibintu ntabwo vyifashe neza hagati y’indongozi zuyo mugwi hamwe n’umumenyereza mukuru Mbarara. Murikino batsinzwe na Flambeau De L’est 2-1 kuruyu wa kabiri mu rukino rwabereye ku kibuga Ingoma hari mundwi ya 6 ya Primus Ligue, Mbarara nkuko bisanzwe niwe yatanguye nk’umumenyereza ari urukino rurangira atagaragara nk’umumenyereza …

Read More »

Hussein Welo na Jean Jacques Eydelie bamaze guhura incuro zingahe?

Mugihe Nahimana Hussein Welo aherutse gutsindira  Jean Jacques Eydelie ku kibuga Urukundo ibitsindo bine kuri kimwe (4-1) hari mundwi ya 5 ya Primus Ligue Burundi, rwaciye ruba urukino rugira 5 Welo muri kino gihe amenyereza umugwi wa Musongati FC ahuye na Eydelie amenyereza Messager Ngozi FC. Murizo nkino zitanu abo …

Read More »

Primus Ligue Burundi/ Inkino zitegekanijwe mu ndwi ya 6.

Ihiganwa rya Primus Ligue rirabandanya mu ndwi yaryo igira gatandatu kuruyu wa kabiri no kuruyu wa gatatu Ku bibuga bitandukanye. Inkino 4 nizo zitegekanijwe kuru wa kabiri, itariki 11 Nyakanga 2018 nazo nizi zikurikira: Ku kibuga i Gitega 13H00: Flambeau De L’est vs Olympic Star. Ku kibuga Ingoma i Gitega …

Read More »

Intamba mu rugamba/ Alain Olivier Niyungeko ntiyakinye umukenyuro wo kuzibira. Bivurwa na Constantin Mutima.

Constantin Mutima asanzwe ajejwe ivyo gukurikiranira hafi abakinyi ba barundi basanzwe bakina hanze y’igihugu c’Uburundi (Scout) ahanini abakinyi basanzwe bakinira ku mugabane wa buraya, abicishije kurubuga ngurukana bumenyi bwiwe bwa Facebook yashikirije amajambo yo gushigikira umumenyereza w’intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko batazira « Mutombora » inyuma yaho aherutse kunganya n’igihugu ca Gabon …

Read More »

Nahodha’s Statistics/ Ibiharuro bikomeye cane vyaranze indwi ya 5 ya Primus Ligue Burundi.

Murino ndwi igira 5 ya Primus Ligue twaraye turangije yagiye iragaragaramwo, amateka atandukanye kuri bamwe na bariya aho imigwi, Abakinye cokimwe n’abamenyereza  bagiye barandikisha amateka atandukanye. Amwe murayo mateka naya akurikira: -Iyi niyo ndwi ya mbere igaragaye ibitsindo bike vyinjijwe Kuva ihiganwa ryuno mwaka ritanguye (12). -Musongati FC, ubaye umugwi …

Read More »

Primus Ligue Burundi/ Menya abakinyi bagiye baratsindira imigwi yabo hamwe nuko imigwi yagiye iratsindana mundwi ya 5.

Ihiganwa rya Primus Ligue Burundi ryarabandanije mu mpera zino ndwi aho ryari rigeze mundwi yaryo igira 5, Ibitsindo 12 nivyo vinjijwe bavyo bikaba vyinjijwe n’imigwi hamwe n’abakinyi bakurikira: Messager Ngozi 1-4 Musongati FC. Abinjije kuruhande rwa Musongati FC, Irakoze Saidi yinjije bitatu wenyene hamwe na Kamana Ismail. Kuruhande rwa Messager …

Read More »

Burundi/ Abakinyi 11, Alain Olivier Niyungeko yahisemwo gutanguza murukino rwa Gabon.

Nkuko tubisanga Kurubuga ngurukana bumenyi bwa Facebook bw’ishirahamwe ry’umupira wa maguru mu Burundi, FFB, Alain Olivier Niyungeko batazira Mutombora yahisemwo gutanguza aba bakinyi bakurikira mu rukino bagiye guhura n’umugwi nserukira gihugu wa Gabon, mu ndwi ya kabiri yo kurondera itike za CAN 2019. Abakinyi 11 batangura: 1.Jonathan Nahimana 2.Karim Nizigiyimana …

Read More »

Primus Ligue Burundi / Uku niko imigwi yagiye iratsindana mu ndwi 4.

Ihiganwa rya Primus Ligue Burundi ryarabandanije hagati mundwi ku minsi ya kabiri n’iyagatatu, aho LLB yasubiriye kuvyuka kandi igenda ironka amanota yayo atatu ya mbere muri rino higanwa utsinze Ngozi City, Flambeau Du Centre nayo irikangura imyuma yo gutakaza inkino 3 zose noneho yahavuye itsinda Olympic Star, mugihe Vital’0 FC …

Read More »

Umwaka w’Ishure w’Umwaka wi 2018 Ushira Uwa 2019 Uzotangura Igenekerezo rya 10 Uku Kwezi kw’Icenda.

Umwaka w’ishure w’umwaka wi 2018 ushira uwa 2019 uzotangura igenekerezo rya 10 uku kwezi kw’icenda. Ivyo bikaba biri mw’itegeko ry’umushikiranganji  w’indero ryo kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 4 uku kwezi kwicenda. Ngo igice ca mbere kizoca kirangira igenekerezo rya 21 ukwezi kw’icumi na kabiri.               

Read More »

Primus Ligue Burundi/ Inkino zitegekanijwe mundwi ya kane.

Ihiganwa rya Primus Ligue Burundi rirabandanya mu ndwi yaryo igira kane, kuva kuruyu kabiri gushika kuruyu wa gatatu ku bibuga bitandukanye bigize igihugu c’Uburundi. Kuruyu wa Kabiri itariki 04 Nyakanga 2018. Ku kibuga Ingoma (Gitega ) 13H00 Flambeau du centre – Olympic star 15H00 Musongati FC – Rukinzo FC Ku …

Read More »

Musongati FC yatsinze Inter Stars itabanje gukoresha abakinyi isanzwe yifashisha muri Primus Ligue.

Mu rukino rwakivandimwe rwabaye kuruyu w’imana hagati y’umugwi wa Musongati FC wariwakiriye Inter Stars ku kibuga Ingoma, rwarangiye kuntsinzi y’umugwi wa Musongati FC y’igitsindo kimwe ku busa bwa Inter Stars (1-0).                                       …

Read More »

Izere FM Rumonge/ Tissa Lonick umwami wa Izere Award 2018.

Umuririmvyi Tissa Lonick asanzwe aririmba indirimbo ziri mu mudiho wa rege, niwe  yatahukanye agashimwe ka Izere Award 2018, agashimwe gatangwa na Radiyo Izere FM Ijwi ry’iterambere rusangi isanzwe ikorera mu ntara ya Rumonge, ikagatanga kubaririmvyi basanzwe bavuka muriyo ntara. Izere Award igira kabiri, yabaye kuruyu wa gatandatu mu ntara ya …

Read More »

Olympic Star/ Siméon Barayandema yashikirije icese Nzeyimana Musafiri amabanga y’ubuyobozi.

Kuruyu wa gatandatu mu ntara ya Muyinga, harabaye ibirori vyo gushikiriza icese amabanga y’ubuyobozi butandukanye bw’umungwi wa Olympic Star. Siméon Barayandema yahoze arongora uyo mugwi ikiringo c’imyaka 2 yashikirije icese Nzeyimana Musafiri amabanga y’ubuyobozi bwa Olympic Star.                          Uhereye …

Read More »
7.2 NGD Ads: