East Africa

Vital’O FC: Kanyenkore ngo yarashimishijwe no kunganya kuko yarahatswe gutsindwa na Inter Star.

Umumenyereza w’umurwi wa Vital’O FC avuga ko bashimishijwe no kunganya (1-1) n’umurwi wa Inter Star kuko ngo barahatswe. Jean Gilbert Kanyenkore batazira Youndé avuga kandi ko atarigera avuga imbere y’urukino ko aje gutsinda umukeba ariko agira ico avuga iyo abonye umurwi wiwe uratsinze. “Twashimishijwe kuko twari no gutsindwa. Urukino rwari …

Read More »

Vital’O FC: Iracarwanira igikombe ca Primus Ligue hambavu yo kurushwa na Messager Ngozi FC amanota 8.

Mugihe Messager Ngozi FC ubarizwa mu kibanza ca mbere n’amanota 23 urusha umurwi wa Vital’O FC uri mukibanza ca kane n’amanota 15 ngo uracarwanira igikombe ca Primus League nkuko bishikirizwa n’umumenyereza wuwo murwi. Jean Gilbert Kanyenkore avuga kandi ko ubu ariho ihiganwa ritanguye kuko nta murwi wovugako umaze gutahukana igikombe. …

Read More »

Vital’O FC: Youndé aremera ko hariho agahaze ku busatirizi bwiwe.

Umumenyereza wa Vital’O FC aremera ko hariho agahaze ku busatirizi bwuyo murwi bivanye nuko ata bitsindo vyinshi umurwi wiwe utsinda. Jean Gilbert Kanyenkore batazira Yaoundé avuga kandi ko ari bimwe mu bibazo bamaze iminsi bibaza ariko akavuga ko bagiye kwisubirako. “Nivyo ntituriko turatsinda ibitsindo vyinshi, natwe turibaza ico kibazo zibaye …

Read More »

Messager Ngozi FC: Gutsinda Athlético Academy vyarabahaye icizere co gutahukana igikombe.

Umumenyereza w’umurwi wa Messager Ngozi FC, Jimmy Ndayizeye avuga ko gutsinda Athletico Academy (2-1)  kuribo vyabahaye icizero co gutahukana igikombe c’uno mwaka w’inkino narirya ariryo hangiro uyo murwi ufise. Uyo mumenyereza wa kera wa Muzinga FC yagize ati imbere ya bamenyeshamakuru: “Egome gutsinda uno munsi biduha icizere kuko niryo hangiro …

Read More »

Musongati FC : Ihangiro ryuwo murwi ntiriramenyekana !

Ihangiro ry’umurwi wa Musongati FC ntiriramenyeka muri uno mwaka w’inkino kiretse ko ihangiro ry’uwo murwi rizomenyekana mugice ca kabiri c’ihiganwa rya Primus League Burundi nkuko bishikirizwa n’umumenyereza wuwo murwi ukunzwe cane mu ntara ya Gitega. Niyonkuru Djumaine amenyesha ko bazogira ico bavuze igikorwa bafise ubu nico kubaka umurwi wa Musongati …

Read More »

Musongati FC : Ntiyigeze ivuga ko izotahukana igikombe !

Umumenyereza w’umurwi wa Musongati FC w’i Gitega yamenyesheje ko bo batigeze bavuga kuva mu ntango z’ihiganwa yuko bazotahukana igikombe ca Primus Ligue Burundi muri uno mwaka w’inkino. Djumanine Niyonkuru  akaba yarabivugiye mukiganiro yahaye abamenyeshamakuru inyuma yo kunganya na Lydia Ludic Burundi Sport 4 Africa (0-0) yagize ati :  « Sinigeze mvuga ko …

Read More »

Messager Ngozi FC: Arthur Nibikora aracafise vyinshi vyo gukosora.

Umusatirizi akiri muto wa Messager Ngozi FC, Arthur Nibikora ngo aracafise vyinshi vyo gukosora na cane cane muvyo kuduza urugero rwiwe nkuko bivurwa n’umumenyereza wiwe. Jimmy Ndayizeye avuga kandi ko bagiye gufasha uwo musatirizi mu bitari kike kugira ngo abandanye atera imbere. “Uravye uko Arthur yatanguye ihiganwa neza wabonako ari …

Read More »

Vital’O FC: Kanyenkore yagize ico ahanura umurwi wa Inter Star.

Umurwi wa Inter Star uhanurwa kubandanya ukina uko wakinye na Vital’O FC. Izo ni mpanuro z’umumenyereza wa Vital’O FC Jean Gilbert Kanyenkore aho ahanura kandi Inter Star ko umurwi atari Vital’O FC wonyene. Staff ya Vital’O FC na Staff ya Inter Star. “Urukino rwari rwiza cane ku mpande zose, Inter …

Read More »

Kayanza United: Aimé Nzohabona yirukanywe yavyiteguriye !

Umumenyereza wa kera wa Kayanza United aherutse kwirukanwa muri uyo murwi aho yagirizwa umwimbu muke, yaje kwirukanwa nawe amaze kuvyitegurira mu mutwe. N’inyuma yaho uyo murwi utsindiwe (5-0) na Bujumbura City. Icerekana ko Aimé Nzohabonayo yari yavyiteguriye niri jambo yabwiye abamenyeshamakuru inyuma y’urukino rwa Buja City bamubaza kukibazo cuko atankurikizi …

Read More »

Kayanza United: Aimé Nzohabonayo yirukanishijwe n’abakinyi.

Umumenyereza aherutse kwirukanwa mu murwi wa Kayanza United avugako adatahura ukuntu abakinyi biwe bakinye urukino rwa Bujumbura City aho batsinzwe (5-0). Aimé Nzohabonayo yagiriza cane abakinyi biwe b’inyuma ukuntu bitwaye muri urwo rukino ndetse aho avugako adatahura ukuntu bagiye barareka abakinyi ba Buja City bakinjiza ibitsindo. Yongeye  avuga ko ata …

Read More »

Kayanza United: Bankuwiha Emmanuel niwe asubiriye Aimé Nzohabonayo.

Umumenyereza wa kera wa Lydia Ludic Burundi Sport For Africa niwe yahawe amabanga yokumenyereza umurwi wa Kayanza United. Bankuwiha Emmanuel batazira « Mayele » yasinye amasezerano  y’umwaka umwe yo kumenyereza uyo murwi wambara umwambaro w’umuhondo n’uwirabura, akaba asubiriye Aimé Nzohabonayo aherutse kwirukanwa yagirizwa umwimbu udashemeye muri Kayanza United. Iburyo uwurongoye umurwi wa …

Read More »

Flambeau Du Centre : Umunsi bazovugira ko bagiye gutahukana igikombe ca Primus Ligue Burundi wamenyekanye.

«Igihe dutsindwa na Bumamuru FC narabawiye ko dushaka kuzoheza igice ca mbere c’ihiganwa turi muri vya bibanza bine vya mbere. Kandi zotanga inyishu yuko nzotahukana igikombe umunsi tuzoba dutanguye igice ca kabiri c’ihiganwa ». Ivyo ni vyashikirijwe na Nzeyimana Mailo umumenyereza w’umurwi wa Flambeau Du Centre inyuma yaho umurwi wiwe …

Read More »

Athletico Academy: Ingabire Saidi Marcus ngo kunganya na Inter Star nuko abakinyi biwe binjiye murukino batevye.

Icegera c’umumenyereza wa Atletico Academy yamenyesheje ko kungaya n’umurwi wa Inter Star (1-1) ari kubera abakinyi biwe binjiye murukino batevye. Ingabire Saidi Marcus akongera kuvuga ko yashimishijwe n’abakinyi biwe kuba barubahirije ivyo babahanuye mugihe bagiye mu karukuko  mugice ca mbere c’urukino. Uyo mumenyereza yarangije avuga ko bagiye kubandaya bakora kugira …

Read More »

Kayanza United: Aimé Nzohabonayo ahejeje gukomborwa !

Inyuma yaho umurwi wiwe utsindiwe ibitsindo (5-0) n’umurwi wa Bujumbura City, umumenyereza w’umurwi wa kayanza United ahejeje gukomborwa n’abarongoue uyo murwi nkuko bahejeje kubicisha kurubuga rwabo rwa Instagram. Aimé Nzohabonayo yagirizwa umwimbu udashemeye ukudatanga no kutamenya gutunganya abakinyi biwe ni kimwe muvyatumye uyo mumenyereza ahagarikwa mumabanga yiwe. Umurwi wa Kayanza …

Read More »

Flambeau Du Centre : Nzeyimana Mailo ngo biteguriye ibitangaza mu urukino rugiye kubahuza na BS Dynamik !

Umumenyereza w’umurwi wa Flambeau Du Centre uramutswa ikibanza ca mbere muri Primus Ligue n’amanota 18 mu nkino 7 umaze gukina bikaba vyumvikana ko uyo murwi umaze gutakaza urukino rumwe gusa, avugako  urukino ruzobahuza na BS Dynamik mu ndwi igira umunani ya Primus Ligue Burundi ko ari urukino biteze ibitangaza. Ivyo …

Read More »
7.2 NGD Ads: