Mugihe vyavurwako yoba amaze kwerekeza mugihugu ca République Démocratique Du Congo kumenyereza umurwi Bukavu Dawa, Vivier yamirira kure ayo makuru avugako atarivyo. Vivier Bahati amenyesha kandi ko afise iciyumviro co kuronderera ahandi hatari mû Burundi. « Ndiko Ndiyumvira iconokora, Ariko icipfuzo canje nikuva muhira ». Uyo mumenyereza wa kera wa Musongati FC