Mundwi ya kabiri y’inkino za Cecafa U17 zabandanije kuruyu wa kabiri ,ku kibuga Urukundo i Ngozi, Intamba mu rugamba yanganije ubusa ku bundi (0-0) na Somalia. Inyuma yo gutsindwa ibitsindo (4-0) na Kenya mu rukino rwa mbere, Uburundi bwasubiye kutavyitwaramwo neza mu kunganya na Somalia (0-0) mu rukino benshi bibaza