Sudani Yepfo

#CHAN2020:Uburundi buzohura na Uganda inyuma yo gusezerera Soudan y’epfo.

Inyuma yogutsinda umurwi nserukiragihugu wa Soudan y’epfo i Bujumbura (2-0) nubu Intamba Murugamba zarasubiriye gutsinda Soudan y’epfo hariya mugihugu c’Ubuganda ku kibuga ca Lugogo Stadium (2-1). Umurwi nserukiragihugu wa Soudan y’epfo niwo watanguye kuronka igitsindo ndetse igice ca mbere kirangira ariwo ufise (1-0) bw’Intamba Murugamba, abasore ba Olivier Niyungeko binjira …

Read More »

#CHAN2020: Olivier Dusabe na Nshimirimana Jospin nibo baraye bafashije Intamba Murugamba gutsinda Soudan y’epfo.

Munkino za mbere zo gukurakuranamwo mukurondera itike yo kuja muri CHAN 2020 n’igikombe c’Afrika kubakinyi basanzwe bakinira muhira gusa, Intamba Murugamba kuri uyu wa gatandatu zaraye zitsinze Soudan y’epfo ibitsindo (2-0) hari ku kibuga Intwari Stadium i Bujumbura. Umurwi nserukiragihugu w’Intamba Murugamba za CHAN2020 Igice ca mbere c’urwo rukino carangiye …

Read More »

#Burundi #CAN2019: Uburundi Buhejeje Kunyagira Soudan Y’epfyo, Buciye Bufata Ikibanza Ca Mbere.

Munkino zogukurakuranamwo mukurondera itike za CAN 2019 zizobera mugihugu ca Cameroun, zari zinjiye mundwi yaryo igira gatanu. Uburundi canke Intamba murugamba zihejeje kunyagira igihugu ca Soudan y’epfo ibitsindo bitanu kuri bibiri (5-2) bayisanze iwabo mu gisagra ca Juba hari kuruyu wa gatanu. Soudan y’epfo niyo yatanguye kwinjiza igitsindo hakirikare kare …

Read More »

#Burundi #CAF: Ngaba 11 b’Uburundi Bazagutangura Mukibuga Murukino Rugiye Kubahuza Na Sudan Du Sud.

Umumenyereza Alain Olivier Niyungeko yashimye gutanguza abakinyi bakurikira murukino rwo kuruyu wa gatanu rwo kurondera itike za CAN 2019, Uburundi bugiye gutana mumitwe na Sudan y’epfo ruzakubera mugisagara ca Juba igihe c’isaha icenda mumasaha ya hano iwacu 15H00. 1.Jonathan Nahimana 2.Nsabiyumva Frederick 3. Ngando Omar 4. Nizigiyimana Karim Makenze (C) …

Read More »

#SouthSudan: DENG ALOR Yasubiye i Juba Guhura na KIIR

Deng Alor, umwe mubayobozi bakuru b’umuhari utavuga rumwe na Leta ya Sudani yo mu Bumanuko witwa SPLM, yashitse i Juba kur’uyu muhingamo mu rugendo rutegekanijwe kumuhuza na Perezida Kiir hamwe n’abandi bayobozi bo mur’iyo Leta ya Sudani Yepfo. Uwo mugwi SPLM umuhuriyemwo abatavuga rumwe na Leta ya Sudani Yepfo bari …

Read More »

Ngo U Burundi Nibwo Bugiye Kurongora Mu Kiringo c’Umwaka Umuryango w’Ibihugu Bihurira Ku Ruzi Nil.

Ngo u burundi nibwo bugiye kurongora mu kiringo c’umwaka umuryango w’ibihugu bihurira ku ruzi Nil. Ivyo vyafundikiwe mu nama igira 26 y’abashikiranganji y’ibidukikije yariko ibera i Bujumbura kuri Hotel club du lac Tanganyika. Umushikiranganji w’ibidukikije  Déo Guide RUREMA akaba ariwe agiye kurongora uwo muryango. Déo Guide RUREMA yamenyesheje yuko iyo …

Read More »

CECAFA – KAGAME CUP 2018: LLBS4A yisanze mw’itsinda rimwe na Rayon Sport yo mu Rwanda.

Igikombe ca CECAFA – KAGAME CUP 2018 gihuza imigwi yatahukanye amahiganwa yo mu bihugu iwabo yomukarere k’afurika y’ubuseruko  uno musi niho hagenwe amatsinda 3 agizwe n’imigwi 4 iryo higanwa uno mwaka rikazobera mugihugu ca Tanzania. Igihugu cacu kikazoserukirwa n’umugwi wa Lydia Ludic Sport 4Africa murayo mahiganwa aho wisanze uri mw’itsinda …

Read More »
- Sponsored Advertisement -