Intamba mu rugamba za batarenza imyaka 20 zaronse uburenganzira bwo kuja mu gikombe ca afrika ca batarenza imyaka 20, CAN U-20 kizobera mu gihugu ca Niger muri 2019, inyuma yo gutsinda igihugu ca Zambia U-20 ibitsindo bi tatu ku busa (3-0) mu rukino rwo gusubiriza rwabaye kuruyu w’imana ku kibuga