13 janvier 2020
JMT Newsdesk
Umuririmvyi mpuzamakungu w’Umutanzaniya, Nasibu Abdul, benshi kw’isi bazi kw’izina ryiwe ry’umwuga nka « Diamond Platnumz », aheruka kumenyesha ibinyamakuru ko ari mu biyago bidasanzwe kandi bimaze igihe n’Umukinyi mpunzamakungu w’Umupira w’Amaguru aturuka mu gihugu ca Kamerune, azwi kw’izina ryiwe rya « Samuel Eto’o », ku bijanye n’ukuntu boshinga ishure ry’umupira w’amaguru mu gihugu ca