NGD Foundation

Burundi: Magara Times Media yabazaniye Application Nshasha Ibashoboza Kwumviriza Radiyo Magara Times FM Kuri Telefone Ngendanwa.

Haheze imisi itatu, Magara Times Media ibazaniye uburyo bushasha bwo kwumviriza radiyo yayo « Magara Times FM » ubicishije kuri telefone ngendanwa zikoresha ubuhinga bwa Android. Radiyo Magara Times FM isanzwe isamiranira kuri 92.0 MHz mu micungararo ya Komine Bugarama mu Ntara ya Rumonge mu gihugu c’Uburundi. Kugira wumvirize iyo radiyo ubicishije …

Read More »

#Burundi: Ihiganwa ry’Abatwaza Amakinga ry’uno Musi Ryatahukanywe na NKURUNZIZA Eric

Uno musi kw’igenekerezo rya 29 Kigarama 2019, haramutse hatunganywa ihiganwa ryabatwaza amakinga ryabereye i Magara muri Komine Bugarama mu Ntara ya Rumonge. Muri iryo higanwa ryabiruka bakoresheje amakinga, hari hitezwe abanonotsi batanu (5) bavuye mu Gitaza muri Komine Muhuta, basanzwe bimenyereza muri Gitaza Star Athletics Club, abandi batanu (5) bavuye …

Read More »
7.2 NGD Ads: