Mu kiganiro n’abamenyesha makuru imbere yaho umurwi wiwe wa Real Madrid uzagutana mu mitwe na Paris Saint-Germain kuri uyu wa gatatu igihe c’isaha 21h00 mu masaha yo mu Burundi, Zinedine Zidane hari umumenyanyamakuru yamutwengeje aho yariko aramubaza abasatirizi ashobora gutanguza mukibuga aho uyo mumenyeshamakuru yadukanye imvungo ngo twitege ubusatirizi bwa