Abantu

#Burundi: Sororezo, Abantu ba 6 Bo Mu Muryango Umwe Baraye Bapfuye Mu Mvura y’Isegenya Yaguye Mw’ijoro Ryo Kuri Uyu Wa Kane.

Abantu ba 6 bo mu muryango umwe bagizwe n’abavyeyi n’abana babo  bane nibo bahitanywe n’imvura yaraye iguye ku gacimbiri  Ruyange umutumba  Sororezo komine Kanyosha y’intara ya Bujumbura mw’ijoro ryo kuri uyu wa kane rishira uwa gatanu. Intandaro y’urwo rupfu n’imvura y’isegenya yaguye isitura umusozi  urwa ku nzu uwo muryango wari …

Read More »

#Burundi: Gitega, Inama Nkenguzamateka Mu Birori Vyo Guhimiriza Kurwanya Inda Z’indaro Mu Mashure.

Kuri uyu wa gatatu, igenekerezo rya 12 Kigarama, Inama Nkenguzamateka ifadikanije n’ishirahamwe UNFPA ryatunganije ibirori vyo guhimiriza kurwanya inda z’indaro mu mashure. Ivyo bikaba vyabereye mu ntara ya Gitega aho umukuru w’Inama Nkenguzamateka Révérien NDIKURIYO yashimiye cane abarongoye amashure bitanze cane mu kugabanya bivuye inyuma ibitigiri vy’abanyeshure batwara inda. Muri …

Read More »

#Kenya: Umuririmvyi Rose Muhando ngo Yafashwe n’amadayimoni Amubuza Gukorera Imana.

Nkuko tubikesha ibinyamakuru bitandukanye vyo mu gihugu ca Kenya bivugwako Rose Muhando, umuririmvyi rurangiranwa w’umu Tanzaniya yafashwe n’amadayimoni atuma yomokera mu gisagara ca Nairobi arata amatunga yiwe n’umuryango wiwe muri Tanzaniya. Muma sanamu yagiye ahabona ku mbuga ngurukana bumenyi, biboneka ko Rose Muhando yari mu Rusengero « Neno Evangelism Centre » mu …

Read More »

#Tanzania: Wema Sepetu Yirukanwe mu Nzu kubera Kunanigwa kuriha Indaro.

Umukinyi wamareresi akundwa cane mu gihugu ca Tanzania no mu karere k’Afurika yo mu Buseruko, Wema Isaac Sepetu, azwi cane nka « Wema Sepetu », aheruka kwirukanwa mu nzu kubera ibibazo vy’amahera yo kuriha inzu (indaro) yarasanzwe akose. Wema Sepetu, w’imyaka 30 y’avuka, asanzwe ari igihangange mu gukina amareresi yo mu rurimi …

Read More »

Amashengero 80 Akora Adakurikije Amategeko Yarugawe Kuri Uyu wa 4 n’Umushikiranganji w’Intwaro yo Hagati mu Gihugu.

Amashengero 80 akora adakurikije amategeko yarugawe kuri uyu wa 4 n’umushikiranganji  w’intwaro yo hagati mu gihugu. Mu nama n’abarongoye amashengero umushikiranganji Pascal  BARANDAGIYE yahaye amezi 4 amashengero adafise inyubakwa zibereye gusengeramwo. Pascal  BARANDAGIYE  yamenyesheje yuko amashengero ngaha mu gihugu c’uburundi agiye kurongogwa n’abarundi gusa. Ngo ikindi naco nuko abarongozi bamashengero …

Read More »
- Sponsored Advertisement -