Poritike

#Burundi: Abarongoye Intwaro Mu Gisagara Ca Bujumbura Bahamagarirwa Korohereza Abarongoye Imigambwe.

Nkuko vyamenyeshejwe n’umukuru w’igisagara ca Bujumbura Freddy MBONIMPA, abajejwe intwaro mu gisagara basabwa korohereza abarongoye imigambwe mubikorwa vyabo kandi bongere bicishe bugufi. Freddy Mbonimpa akaba yateye ako kamo mu nama yakoranye irimwo abajejwe intwaro hamwe n’imigambwe itandukanye  mugisagara ca Bujumbura, hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 21 Myandagaro umwaka …

Read More »

Umukuru w’igihugu c’Uburundi,asaba imvukira z’intara ya Cibitoke kudahemuka,kuko atawahemukiye igihugu yigeze agara amahoro

Modifier Munama  yokuzirikana nogukundisha igihugu abenegihugu, Umukuru W’igihugu C’UBURUNDI nyakubahwa PETERO NKURUNZIZA yagiranye n’imvukira z’intara ya cibitoke hamwe n’abasanzwe barangura imirimo itandukanye muriyo ntara kw’igenekerezo rya 14 Rusama unomwaka kukibuga c’umupira w’amaguru kiri muri komine Buganda,yabibukije ibihe bihambaye igihugu c’Uburundi caciyemwo muri kahise,aho yabahaye uburorero bw’abantu bamwe bamwe bahemukiye igihugu …

Read More »

#Burundi: Integuro y’Itegeko Rigenga Amatora Yaraye Yemejwe n’Inama Nshingamateka.

Ku muhingamo wo kuri uyu wa gatatu, Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu yasiguye ko iyo nteguro iri mu ntumbero yo gukurikiza ibwirizwa nshingiro ryo mu mwaka wa 2018. Ngo iyo nteguro y’itegeko isubiramwo itegeko rigenga amatora igizwe n’ingingo 253. Kub’wumushikiranganji Pascal BARANDAGIYE, iyo nteguro y’itegeko yasabwe n’abanyamigambwe hamwe n’umugwi …

Read More »

#Burundi: Gitega, Ihimbazwa ry’Imyaka 28 Abarundi Biyemereje Amasezerano y’Ubumwe.

Kuri uyu wa kabiri niho hahimbazwa mu gihugu cose imyaka 28 abarundi biyemereje amasezerano y’ubumwe bw’abarundi. Ibirori nyamukuru bikaba vyabereye kuri stade Ingoma, iri ku mugwa mukuru w’intara ya Gitega, akaba ari umugwa mukuru wa politique. Ivyo birori bikaba vyatewe iteka n’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA hamwe n’abashikiranganji ba leta y’uburundi …

Read More »

#Burundi: Gitega Umugwa Mukuru wa Poritike.

Leta y’u Burubundi yemeje kuri uyu wa gatanu integuro y’itegeko ishinga intara ya Gitega nko umugwa mukuru wa Politique nayo Bujumbura ukaba umugwa mukuru w’ubutunzi. Nkuko vyemezwa na Jean Claude KAREGWA NDENZAKO umuvugizi w’umukuru w’igihugu ku rubuga rwiwe  rwa twitter ngo inama nshikiranganji kuva ubu zizobera mu ntara ya Gitega …

Read More »

#SouthSudan: DENG ALOR Yasubiye i Juba Guhura na KIIR

Deng Alor, umwe mubayobozi bakuru b’umuhari utavuga rumwe na Leta ya Sudani yo mu Bumanuko witwa SPLM, yashitse i Juba kur’uyu muhingamo mu rugendo rutegekanijwe kumuhuza na Perezida Kiir hamwe n’abandi bayobozi bo mur’iyo Leta ya Sudani Yepfo. Uwo mugwi SPLM umuhuriyemwo abatavuga rumwe na Leta ya Sudani Yepfo bari …

Read More »
- Sponsored Advertisement -