Ubutungane

#Burundi: Irekurwa ry’Abanyororo Rivuye ku Kigongwe c’Umukuru w’Igihugu Ngo Rifasha Kugabanya Ubwinshi bw’Abanyororo.

Irekurwa ry’abanyororo rivuye ku kigongwe c’umukuru w’igihugu ngo rifasha kugabanya ubwinshi bw’abanyororo mu busho. Ivyo bishikirizwa n’umushingwamanza Salvator MINANI icegera c’umukuru w’ishirahamwe AJEBU Ndenderingingo hari kuri uyu wa kabiri mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru. Salvator MINANI akavuga ko iyo ngingo yo nyene idakwiye kuko ubusho bwinshi mu Burundi buguma bufise ibitigiri …

Read More »

Ibikorwa vy’Iterambere Rusangi Ngo Nivyo Bigiye Guhanishwa Abantu Bazoba Baciriwe Umunyororo w’Imyaka Ibiri Canke Iri Musi.

Ibikorwa vy’iterambere rusangi ngo nivyo bigiye guhanishwa abantu bazoba baciriwe umunyororo w’imyaka ibiri canke iri musi. Ivyo bikaba vyashikirijwe kuri uyu wa mbere n’umushikiranganji  w’ubutungane Laurentine KANYANA aho yari mu ntara ya Gitega gutanguza uwo mugambi. Ngo uwo mugambi uzorangurwa n’ubwo bushikiranganji bufadikanijwe n’ishirahamwe ‘’BERA INTAHE ‘’ barikumwe n’inzego zose …

Read More »

KABURA Léopold Hamwe na Grégoire NKESHIMANA Bagiye Kuza Barasasa Muri Sentare Ijejwe Kwubahiriza Ibwirizwanshingiro

Kuri uyu wa gatatu,niho  abacamanza babiri mu bagize Sentare ijejwe kwubahiriza Ibwirizwanshingiro ariko batamaho barahira imbere y’umukuru w’igihugu. Mukurahira bakaba biyemeje kwubahiriza ubumwe bw’abarundi n’Ibwirizwanshingiro ataho begamiye. Hisunzwe itegeko ry’Umukuru w’igihugu nomero 100/035, ryo ku wa 29 Ntwarante 2018, KABURA Léopold hamwe na Grégoire NKESHIMANA bagiye kuza barasasa muri Sentare …

Read More »
- Sponsored Advertisement -