Ukwemera

#Burundi: Uwurongoye Umuryango waba Islam Asaba Abenegihugu Kubumbatira Amahoro.

Uwurongoye umuryango w’aba Islam COMIBU ahamagarira abanyagihugu bose  kubumbatira amahoro hamwe n’abahurikiye mw’idini rya ba Islam kubandanya n’inyifato ibereye yahora ibaranga mu mafungo bahoramwo. Sheikh SAIDI Abdallah yabishikirije kuri uyu wa kabiri inyuma y’amasengesho yo guhimbaza uwo musi mukuru waba Islam Eid  El Fitr, umusi mukuru usozera amafungo y’ukwezi kwa …

Read More »

Mu Ntumbero Yo Guhimbaza Umusi Mukuru w’Intama , Aba Islamu Bagera Kuri 60 Nibo Bashoboye Kuja i Mecque Mu kibanza Ceranda c’Idini ya Islam Kwifadikanya n’Abandi Ba Islam Kugira Bahimbarize Hamwe Uyo Musi Mukuru.

Aba islamu bagera kuri 60 nibo bashoboye kuja i Mecque mu kibanza ceranda c’idini ya Islam kwifadikanya n’abandi ba islam kugira bahimbarize hamwe umusi mukuru w’intama. Ivyo bikaba vyashikirijwe na Kassim JAFFAR umuvugizi w’umuryango waba islamu mu Burundi COMIBU hari kuri uno wa 2 aho aba islamu bari mu Burundi …

Read More »
- Sponsored Advertisement -