Kuri uyu wa gatatu,niho abacamanza babiri mu bagize Sentare ijejwe kwubahiriza Ibwirizwanshingiro ariko batamaho barahira imbere y’umukuru w’igihugu. Mukurahira bakaba biyemeje kwubahiriza ubumwe bw’abarundi n’Ibwirizwanshingiro ataho begamiye. Hisunzwe itegeko ry’Umukuru w’igihugu nomero 100/035, ryo ku wa 29 Ntwarante 2018, KABURA Léopold hamwe na Grégoire NKESHIMANA bagiye kuza barasasa muri Sentare