#Burundi #Football: Alain Olivier Niyungeko ntiyashimishijwe ningene abakinyi biwe bakinye.
#Burundi/ Alain Olivier Niyungeko asaba abakunzi b’intamba kubandanya babashigikira.
Intamba mu rugamba/ Alain Olivier Niyungeko ntiyakinye umukenyuro wo kuzibira. Bivurwa na Constantin Mutima.
Burundi/ Abakinyi 11, Alain Olivier Niyungeko yahisemwo gutanguza murukino rwa Gabon.
Burundi: Saido Berahino ari murutonde rw’abakinyi 43 bahamagawe  na Alain Olivier Niyungeko  kuza kwitegurira igihugu ca Gabon.