#Burundi #AigleNoir: Joslin Bipfubusa ati « Urukino Rwa Lydia Ludic Turwiteguriye Nkuko Duhora Dutegura Izindi Nkino. »
#Burundi #IntambamurugambaU20: Joslin Bipfubusa ati « Je Ndakunda Iyo Ntsinzwe Kuko Biduha Icirwa »!
#Burundi: Joslin Bipfubusa ati « Intsinzi Yuno Munsi Imbere Ya Tanzania Irahagije ».
Aigle Noir/  Joslin Bipfubusa ati ntabwo yishimye kunganya na Buja City!
Aigle Noir C.S/ Intumbero ya mbere siyo gutwara igikombe ca Primus Ligue.
Aigle Noir C.S: Joslin Bipfubusa yashize ahabona urutonde rw’abakinyi 11 agiye gutanguza mu kibuga murukino rugiye kubahuza na Flambeau Du Centre.
Intamba mû rugamba U-20 mû rutonde rw’abakinyi 25 bahamagawe dusangamwo izina ry’umukinyi akina mû bwongereza.
BURUNDI U-20: Joslin BIPFUBUSA yahaye ubutumwa bwokwizeza itsinzi abarundi imbere yo gutana mu mitwe n’igihugu ca Sudan.
Burundi U-20 : Urutonde rw’abakinyi 25 bagomba kwitegurira igihugu ca Soudan bashizwe ahabona na Joslin BIPFUBUSA.
#AigleNoir: Abakunzi buyu mugwi nta ngingo nimwe bashobora gufata kuvyerekeye ubuzima bw’umugwi.
#CAN U-20: Intamba mu rugamba U-20 zaronse uburengazira bwo guhura na Sudan mugice gikurikira.
#AIGLENOIR: Joslin BIPFUBUSA yafashe ingingo yo guhagarika abakinyi indwi buyo mugwi.