Mugihe idirisha ry’igura n’igurishwa ku mugabane wa buraya ryugawe kuruyu wa kane, Umugwi wa Manchester United umenyerezwa na José Mourihno wari waragerageje kurondera abakinyi binyuma batandukanye ariko biranka ko babaronka bivuye kumvo zitandukanye. Abo bakinyi ba tanu, basanzwe bakina mu bibanza vy’inyuma, Manchester United yari yaragerageje biranka ko babaronka ni: