#Burudi #Football: Inkino za kivandimwe zabaye mumpera yino ndwi, Aigle Noir yaratsinzwe, Musongati FC iratsinda, Olympic Star iranganya.
Imirwi itari mike ya hano iwacu irabandanya yitegurira ihiganwa rya Primus League Burundi ryo mu mwaka winkino uza aho umurwi wa Aigle Noir uzoserukira Uburundi muri CAF Champions League uri hariya mugihugu ca Tanzania watsinzwe na Kagera Sugar ibitsindo (3-0) hari kuri uyu wa gatandatu ku kibuga ca Azam Complexe.
Burundi Muyinga : N’Golo Kanté Yasinye Muri Olympic Star.
Kuri uyu wa gatandatu itariki 18 Rusama uyu mwaka nyene, niho umurwi wa Olympic Star wo mu ntara ya Muyinga wasinyishije amasezerano umukinyi wo hagati kunimero zitandatu azwi kw’izina rya Isaïe Niyukuri batizira « N’golo Kanté) yahora akinira umurwi wa Flambeau Du Centre w’i Gitega. Umurwi wa Olympic Star ubaye umurwi
Olympic Star: Nahimana Hussein Welo Munzira Yokugaruka?
Inyuma yokugarukana abakinyi bayo babiri bahora muri Musongati FC, Mbazumutima Baba na Pascal Ramadhan. Olympic Star uri mubiganiro n’umumenyereza wabo wa kera Nahimana Hussein Welo. Amakuru Welo wenyene yemeza. Tumubajije kukibazo cuko ariwe ashobora kuzogaruka kumenyereza Olympic Star, Welo yatwishuye uku gukurikira: « Ntabwo nshobora kubihakana canke nemeze ko ari jewe
#Burundi #BreakingNews: Olympic Star Igarukanye Abakinyi Bayo Ibakuye Muri Musongati FC.
Umurwi wa Olympic Star wo mu ntara ya Muyinga warangije Ihiganwa rya Primus League Burundi ryo mu mwaka w’inkino uheze 2018-2019 mukibanza c’icumi (10) n’amanota 37. Biraboneka ko muri uyu mwaka ukurikira ko uyo murwi wipfuza kugarukana inkomezi zawo nkuko waserukiye Igihugu mu mwaka w’inkino wa 2017-2018 muri Coupe de
#Burundi #Muyinga: Olympic Star Igiye Gukina Na Vital’O FC, Welo Atari Kuntebe Y’ubumenyereza.
Murukino rw’indwi ya mirongo ibiri na gatatu rwa Primus Ligue Burundi, Umugwi wa Olympic Star wo mu ntara ya Muyinga ugiye kwakira umugwi wa Vital’O FC ku kibuga Umuco co muriyo ntara udafise umumenyereza wayo Nahimana Hussein Welo kuntebe y’ubumenyereza. Impamvu Welo ataza kugaragara kuntebe ya Olympic Star nk’umumenyereza ngo
#Burundi #Muyinga #BreakingNews: Hussein Welo Yagarukanywe Muri Olympic Star!
Umugwi wa Olympic Star wo mu ntara ya Muyinga washimye kugarukana uwahoze amenyereza uyo mugwi mu mwaka uheze, Nahimana Hussein Welo nkuko vyemezwa na Nzeyimana Moussa asanzwe arongoye uyo mugwi. Kuri uyu wa gatatu niho vyagiye gushigwa ahabona giturumbuka uyo mugwi ugarukanye uyo mumenyereza inyuma y’inama yabarongoye uyo mugwi yokwirweza
#Burundi #BumamuruFC: Patrick Nshimirimana Ati Habuze Amahirwe Yogutsinda Olympic Star.
Inyuma yo gutsindwa 2-1 n’umugwi wa Olympic Star kuruyu wa gatandatu murukino rw’indwi ya 17 y’ihiganwa rya Primus Ligue Burundi, Umumenyereza wa Bumamuru FC wo mû ntara ya Cibitoke, Patrick Nsimirimana avugako babuze amahirwe gusa yogutsinda Olympic Star mugihe aribo bari bafise urukino. « Murukino n’ibintu bitatu gutsindwa, gutsinda no kunganya,
#Burundi #Muyinga: Nduwimana Pierre Claver na Nestor Bigirimana Bahagaritswe Mumabanga Yabo Muri Olympic Star Bagirizwa Ubunyonyezi.
Uwurongoye umugwi wa Olympic Star, Nzeyimana Moussa yarafashe ingino yo guhagarika, umunyamabanga mukuru wuyo mugwi, Nduwimana Pierre Claver hamwe n’umunyabigega wiwe Bigirimana Nestor impamvu ngo nuko bagirizwa ubunyonyezi muruwo mugwi nkuko tubisanga mw’ikete yasohoye kuruyu wa kane itariki 15 Munyonyo 2018. Ubuyobozi bwa Olympic Star bwagiriza umunyamabanga Nduwimana Pierre Claver
Olympic Star, Busoni Star na Les Jeunes Athletics iri muntambara yo kugwanira uyu mumenyereza.
Amouri Manirakiza yahora amenyereza umugwi wa Delta Star aripfuzwa hasi hejuri n’imingwi ya Olympic star yi Muyinga, Busoni Star ukina icicaro ca 2 wo mu ntara Kirundo hamwe na Les Jeunes Athletics yi Bujumbura izokina icicaro ca 2. Amouri Manirakiza yashikanye umugwi wa Delta Star mu rukino rwa nyuma w’igikombe
Mbarara yafashe icemezo hagati mu rukino co kutagaruka kumenyereza Olympic Star!
Umugwi wa Olympic Star ibintu ntabwo vyifashe neza hagati y’indongozi zuyo mugwi hamwe n’umumenyereza mukuru Mbarara. Murikino batsinzwe na Flambeau De L’est 2-1 kuruyu wa kabiri mu rukino rwabereye ku kibuga Ingoma hari mundwi ya 6 ya Primus Ligue, Mbarara nkuko bisanzwe niwe yatanguye nk’umumenyereza ari urukino rurangira atagaragara nk’umumenyereza
Olympic Star/ Siméon Barayandema yashikirije icese Nzeyimana Musafiri amabanga y’ubuyobozi.
Kuruyu wa gatandatu mu ntara ya Muyinga, harabaye ibirori vyo gushikiriza icese amabanga y’ubuyobozi butandukanye bw’umungwi wa Olympic Star. Siméon Barayandema yahoze arongora uyo mugwi ikiringo c’imyaka 2 yashikirije icese Nzeyimana Musafiri amabanga y’ubuyobozi bwa Olympic Star. Uhereye
Siméon Barayandema yipfurije umuyobozi mushasha wa Olympic Star kwandikisha amateka, we atigeze yandikisha.
Uwahoze arongoye umugwi wa Olympic Star, Siméon Barayandame yipfurije Nzeyimana Msafiri, umuyobozi mushasha wa Olympic Star kwandikisha amateka menshi gusumvya ayo we yandikishije muruyo mugwi.
Imbere yo gutana mu mitwe na Olympic Star, Musongati FC wagize ibirori vyo kwakira abakinyi hamwe na Staff.
Umugwi wa Musongati FC wo mu ntara ya Gitega, urongowe na Honorable Denis Karera wagize ibirori vyo kwakira abakinyi hamwe n’indongozi zigize uyo mugwi mu ntumbero yo kwitegurira ihiganwa rishasha rya Primus Ligue Burundi umwaka 2018-2019 rimaze gutangura. Abakinyi ba Musongati FC hamwe n’imyambaro basanzwe bakoresha
Djuma Simpo yahora akinira Olympic Star yasinye muri Ngozi City.
Umukinyi wo hagati yahora akinira Olympic Star, Djuma Simpo amaze gusinya amasezerano y’umwaka umwe yo gukinira umugwi wa Ngozi City FC. Umukinyi Djuma Simpo akiri muri Olympic
Olympic Star: Nzeyimana Moussa niwe yasubiriye Siméon Barayandema.
Umugwi wa Olympic Star warumaze hafi amezi atari make udafise inzego zikwiye, inyuma yaho umukuru wuyo mugwi Siméon Barayandema yatangarije icese yuko ahagaritse ivyo kuyobora uyo mugwi bivanye nuko atakirangurira imirimo yiwe ya misi yose mu ntara ya Muyinga aho asanzwe avuka. Kuruyu wa mbere abagize uyo mugwi bakoranye kugira